gukwīra (-ye)  v     1. to be necessary, 2. be enough, to suffice, 3. to ought, 4. to be worthy, 5. to suit, 6. to be correct, 7. to become known everywhere, spread abroad (vi)
kwīra (-je)     v     1. to get dark, to be night, 2. to get late
gukwīrana (-nye)  v     1. to be worthy of each other, 2. to be enough for
kwīraba (-vye)  v     to paint oneself
kwīrasa (-she)  v     to shoot at oneself
kwīrāba (-vye)  v     to look at oneself
kwīrāta (-se)  v     to glory in, to boast, to tell how one's affairs are going
kwīrāza (-je)  v     to spend the night alone
gukwīranya (-nije)  v     to make suitable for
gukwīragira (-ye)  v     to spread everywhere (vi)
gukwīragiza (-je)  v     1. to scatter, place here and there, 2. announce everywhere
kwīrabura (-ye)  v     1. to be black, 2. to be dark
kwīrabuza (-je)  v     to make black
kwīrasira (-ye)  v     to be red (esp. of sky)
kwīrārīra (-riye)  v     to be presumptious, over-confident
kwīrabuzwa (-jwe)  v     to be made black
kwīramvura (-ye)  v     1. to finish completely (vt or vi), 2. to stretch out (vi), 3. to devote oneself to task in order to finish it
gukwīragirana (-nye)  v     to go everywhere
kwīrahuruza (-je)  v     1. to fail to keep a vow, 2. to do that which you declared you wouldn't
kwīraburanirwa (-we)  v     1. to be pale, 2. to be emaciated, 3. to waste away from illness
alone    -sa
(to be) kwīherēra
(to do) kwīgūnga
(to spend the night ~) kwīrāza
(I am lonely) mfise irungu
announce    kubūrira, kubūra, kurānga
(oneself) kwībūra
(to stand at door and call greeting) kuramutsa
(the death of someone) kubika, kubikira
(everywhere) gukwīragiza, gukwīza
black    (colour) umufyīri, agafyīri
(very black) umuvyiro
(to be black) kwīrabura
boast    kwīmānya, kwīrāta
(of what one will do) kwigenera
(over another) kudigiriza
colour    irāngi
(black) umukata, umufyiri, agafyīri,
(very) umuvyiro
(black mud) urushānga
(blue) ubururu
(brown) ibihogo
(brown, light) akagājo, umuyēnzi
(brownish black cow) ikirāyi
(gray) -vivi, agahīza, akavūzo, uruvūzo
(green) akātsi gatoto
(orange) umutugutu
(red, like mud) agahama
(tan hair, of goats) umufūmbere
(very white) derere
(yellow) umuhōndo, umutugutu
(yellow, dark) ibihogo
(yellow, light, reddish) umugina
(to be black) kwīrabura
(to be white) kwēra
(to become yellow or reddish, in ripening) kubēnja
(to colour) kuraba
(to ~ in) gusiga amabara
(to change ~, fade) kubēnjūka, kubēngūka
confident    (to be) kurema, gushiruka amazinda
(over) kwīrārīra
dark    (darkness) umwījima, umwīza
(after dark) bwateranye
(to be) kwīrabura, gucūra umwiza
(to become) kwīra
(to become in daytime, fog, etc.) kwūbikiza
(to come from ~ into light) kwāndagara
devote    (oneself to task) kwītako
(oneself to task in order to finish it) kwirāmvura
do    (to) kugira, gukora
(again) kwongera
(always) kwāma, guhora
(anyhow, in spite of) gupfa
(continually) kwāma, guhora
(the dishes) kwoza ivyombo
(even more) kurushiriza
(first) kubānza, gushūza
(forcefully) kwīhanukīra
(habitually) kumēnyera
(have too much to ~) kurēngerana
(the impossible) gufyidikīra
(~-it-yourself) ukugira utugenegene
(housework) kugora
(one's duty) gushimika
(quickly) gukwākwānya, gushōka, gusobaganya, gusūriranya, gutebūtsa
(quickly and carelessly) kuraha
(quickly without thinking) gusimbagurika
(~ not) -ōye (verb without infinitive)
(reluctantly) kwīyumānganya
(a sloppy job) kurēngagiza
(something alone) kwīgūnga
(something by oneself without authority) kwigenera
(something that causes pleasure or amazement) gusamāza
(that which you declared you would not ~) kwīrahuruza
(two things at once) kubāngikanya
(unwillingly) kugoyagoya
(unwillingly and complainingly) kunyinkira
(the washing up) kwoza ivyombo
emaciated    (to be) kwīraburanirwa, kunyūnyūka
enough    (to be) gukwīra
(to be more than ~) gucāguka
(to be ~ for) gukwīrana
(to have) gukwīrwa
(it's ~) birabāye, karabāye, birakwīye
(it's ~, as salt or medicine in something else) gukora
(that's enough, it's fine) basi!
fail    gucumukura
(another) guhemukira
(to accomplish what one started) kugaburura
(to do what one intended) kudehūra
(to find) kubura, guhusha
(to give what one promised) kugaramāngira
(to keep one's word) guhemuka, kwīrahuruza, gutēzūra
(to return) kugīrīra
(in on'e task) gusibanganya
(to be unable to do what one attempts) gutāna
finish    (vt) guheza, kwāhukānya, kumara, kurangiza, gusōzēra, gutōza, gushirīsha
(vi) guhera, kwāhukāna, kurangira, gushira
(completely, vi) kwīramvura, gukōmvōmvoka
(vt) gukōmvōmvora, kumarīra, kumaramara, kunōnōsora, guherengeteza, guheraheza
(each other off) kumarana
(food) gukōmba
(weaving an article) gusōza
get    kuronka, guhabwa
(angry, suddenly when one has been talking nicely) kugangabuka
(big, skin in water) kubōmbōka
(close together) kwegerana
(dark, late) kwīra
(dirty) kwāndura
(food for oneself) gutāra
(~ out of the car) kuva mu modoka, gusohoka mu modoka
(~ out of my way!) have! vaho!
(~ out of there) have, vaho
(left behind as you stare at something) kurēngāra
(something in eye) gutosekara
(thin) kugeruka
(thin, very) kugōgōra
(up) guhaguruka, kuvyūka
(up, quickly) kubaduka
(up, to help another ~) kuvyūra
glory    ubwīza
(~ in) kwīrāta
go    kugenda, kwigira, kuja
(after) kugīra
(ahead a little) kwūnguruza
(all through a house) kuvōgera
(around) kuzunguruka, gukīkira, gukīkuza, kuzīngūka
(around difficulty) kuzunguruka umutego, gukikuza umutego
(around 'Robinhood's barn') gukingitiranya
(aside with someone to talk privately) kwīkebukana
(astray) kuzimira
(away secretly) kwīdohōra
(back and forth) kunyura
(back on what he said, make one) kurahuruza
(backward) kwītūtānya, kugēnda umugōngo
(backward inadvertently) gufūtānya
(beyond) kurēnga
(by car) kugēnda n'umuduga
(by boat) kugēnda n'ubwato
(by land rather than cross river or lake) guca i musozi
(carefully not knowing path) kwātīra
(elsewhere) kugerēra
(everywhere) gukwiragirana, guhetūra
(far away) kwāmbuka, guhaba
(for food) gusuma
(forward) gutēra imbere
(forward little by little) kwūngururuza, kwūnguruza
(forward steadily) kuramiriza
(for a walk) kugēndagēnda
(from one thing to another) kurārāta
(from place to place) kunyuragiza, kuyugayuga
(gaily) kudayadaya
(here and there, child) kurērēta
(home) gutāha, kuganūka
(home from work) kugodoka
(home, of wife when angry) kugēnda buje
(into danger without regard to oneself) kwīroha
(let's go!) hoji, hogi, tugende
(naked) gufurama, kugēnda amēnya, kugēnda gusa
(on tiptoe) kuyōmbōka
(out, fire, light) kuzima
(out to a certain place) gusokoroka
(outside) gusohoka
(to prepare to go) kwīkora
(quietly) kuyōmbōka
(rapidly) gukinagira
(reluctantly) kwīyumānganya
(right in path, animal) gutōta
(round) gukikuza
(secretly because of fear) kwōmba
(seperate ways) gutāna
(slowly) kugoyagoya
(slowly, of convalescent) kwāndāra
(softly) kuyōmbōka
(steadily forward) kuramiriza
(stealthily) kunyobanyoba, kwiyombayomba, kuyombayomba
(straight forward) gutūmbereza
(through a narrow pass) kunyegētera
(to bed) kuryāma
(to chief or superior for something) kwītwāra, gushengera, gushengerera
(to find food) gusuma
(to help another in his work) gusāsīra
(to meal uninvited) kwigemagema
(to meet) gusanganira, gutegēra
(together to produce food for guests) gutērēra
(together to see, crowd) gukōndōrera
(toward) kurora, kwerekera, kwerekeza
(uncertain of the way) guhushagirika
(uncertainly) kudāguza
(up, as hill) kudūga
(up in smoke) gupfūnduka
(walking, esp. at night) kwīkanya
(to wedding) gutāha ubukwe
(well, to cause to ~) kugēnza
(with) kwāmbukana, kujāna
keep    kugumya
(a fire going) gucānira
(for the night) kurāza
(law) kwītōndera
(things for oneself) kwīgūnga
(too long) gutebana
(not ~ one's wordto do that which one has declared he would not do) kwīrahuruza
known    (to be) guhinyuka
(to be well ~) kumenyēkana, kurangiranwa
(to become) kwāmāmara, guhishūka
(to be made) kwāndagara, kwāndagaza
(to make) kwērura, gukwīza, kumenyēsha
(to make) gukwīragiza, kurānga, guserura, kwāngaza, kwātura, guhishūra, kwāmāmaza
(well ~ person or thing) ururangiranwe, ikirangiranwe
late    (to be) gucerērwa, guteba, gukerērwa, gutinda
(slightly) gutebagana
(of rains) gutara
(to become, in day) kwīra
(to cause to be) gutevya, gusīvya
look    (evil) igitsūre
(all about) kuraraguza
(around on all sides) kweraguza, gukebaguza
(at) kurāba, kurereka, kurora, kwirora
(at carefully) guhwēba, kwīhwēza
(at hastily) kurangaguza
(at in wonder) gusamāra
(at intently) kwīhwēza, kwītegereza
(look at me!) kundāba
(at one thing after another, many things) kurābarāba
(at oneself) kwīrāba
(at repeatedly) gukanaguza
(at without paying attention) gusamāra
(at with disapproval) kurāba igitsūre
(behind) gukebuka
(carefully to see if anyone is there) gukengūza
(down, to make another) kwūnamika, kwūnamīsha
(for) kurereka, kurondera
(esp. to feel around) gukabakaba
(for a fault in one another) kugenzanya
(from side to side trying to see everything) kurunguruka
(in the face, to be unwilling to) kwīyobagiza
(like) gushusha
(over, in prospect of buying) kugaragura
(straight up) kurarama
(through) gusesa
(towards) kwerekera, gutūmbēra
(up) gukanura, kurangamiza, kurangamira, kuraramura
make    kugira, kurema
(afraid) gutēra ubwōba
(a bed) gusāsa
(blunt) gufyīta
(bread) gucūmba
(clean) guhumānura
(clear, cause to understand) gutegereza
(crooked) kugoreka
(drunk) kuborēra
(effort) kwāndāra
(empty) kugaragaza
(equal in length or height) kurēsha
(excuses) kudendekanya, kudendekeranya, kuzāngazānga
(face over something that tastes bad) kunyinyirwa
(a fire) gucāna, gukongereza
(firm) kugumya
(fun of) kunegura
(fun of, esp. someone in trouble) kwīshinyira
(fun of, by recalling the good he has lost) gucurīra
(good) kuryōsha
(hedge) kuzitira
(hard for one who has lost a loved one, by reproaching the dead) kwītāmba ku muvyimba
(known) kwāndagaza, kwātura, kumenyēsha, kwāngāza, kwerura, kurānga, gukwīza, gukwīragiza, kwāmāmaza, guhishūra, guserura
(laugh, one that makes others laugh) akagūgu
(level) gusēna
(narrow) kwāza
(nest) kwārika
(noise, big) kwāsana, gusāma, kubomborana, kubugiriza
(oneself) kwīgīra
(others like you) kwīkūndiriza
(peace) kubangūranya
(perfect) gutūngānya, kwūzuza, kuroraniriza
(place) kubisa
(place for one another to pass) kubisīkanya
(progress) gutēra imbere, kuyoboza
(reparations) guhōnga, guhōngera
(restitution) kuriha
(sacrifice) gushikana
(sign) kugereraniriza
(smooth) gusēna
(straight) kugorōra, kurorānya
(tired) kurusha
(vow) gushīnga
(watering place) kugomera
(white) kwēza
merit    kubērwa, gukwīra
must    (to have to) kurīnda, gukwīra
necessary    (adj.) -kenewe, bikenewe, zikenewe etc.
(to be) gukwīra
night    ijoro
(to be) kwīra
(to be almost over) gushīra
(e.g. ijoro rishīra ubuca)
(to lodge for the) kurāza
(to spend the ~) kurāra
(to spend the ~ alone) kwīrāza
(to spend the ~ at) kurārīra
(to watch, as watchman) kurārīra
ought    gukwīra, kurīnda
paint    (to) kuraba
(to ~ oneself) kwīraba
pale    cēra
(to be) gucēkūka, kubēnjūka, kwiraburanirwa
presumptious    (to be) kwīrārīra, kwītāra
red    agahama, urugina
(to be) gutukura
(esp. sky) kwīrasira
(to make) gutukuza
scatter    gukwīragiza, gusāba, gusanza,
(vt) gusanzāza
(vi) gusanzāra
(esp. seeds from tree, vi) gushwiragira
(vt) gushwiragiza
(everywhere, vi) gusābagīra
(everywhere, vt) gusābagīza
(seeds or dirt by scratching as chicken does) gusūra
spend    (all day) kwīrirwa
(all night without sleeping) gukēsha
(the night) kurāra
(the night alone) kwīrāza
(time) kumara
(time together) kumarana
spread    (abroad, vt) kwāndagaza, kwāngāza, gukwīza, gukwīragiza
(vi) kwāmāmara, gukwīra, guhetūra, gukwīragira
(grass) gusasa
(legs apart) guhānyuka
(out) gupānga
(out great branches) kugasāra
(out on something) gusanza
(thing spread out flat) ikiramvu
stretch    (vi) kwāguka, kweguka
(vt) kwāgura
(oneself) kwīgorōra
(oneself out on ground) kurambarara
(a bow) gufōra
(out, vi) kwirāmvura
(out, as skin for drum) gukana
(out arm) kurāmvura
(out skin to dry by pegging) kubāmba
sufficient    (to be, for) kubūmba, gukwīra
tell    (one who tells others of good things, tells them where to go to find something good) umurānzi
(one who refuses to do as told) intābarirwa
(to ~) kubara, kubarira, kubwīra, gukerutsa, kurānga
(all about something) kujōja
(certainly) kujījūra
(dream) kurōtōra
(events) kudōnda
(fairy tales, stories passed down from long ago) gutika, kugana
(how one's affaires are going) kwīrāta
(make one ~ truth) kurahuruza
(publicly) kwerura
(someone that his friend has died) guhebūza
(something in a kind, easy way) kubembetereza
(to, divulge secret) gukerukiriza
(to others what you've heard) kwīgānīra
(what one has done) kwīyagiriza
(what one has heard while eaves-dropping) gutumbūra
(whole truth without hiding a thing) kwātagura
vow    indahiro
(to fail to keep ~) kwīrahuruza
word    ijāmbo, amajāmbo, amagambo
(root or stem) itsina
(one who speaks with senseless repititions of ~) ikirogorogo
(to not keep one's ~, or to do that which you declared you wouldn't) kwīrahuruza
worthy    (person ~ of praise or love) umunyagikūndiro
(to be ~) kubērwa, gukwīra
suit    (to) gukwira
place    (to) gushira
(to ~ here and there) gukwīragiza
(in order) gukirānura, kuringaniza, kurorānya
(facing each other) kurorānya
(objects together in irregular fashion, end for end) gucurikiranya
(obliquely) guhirika, gukīkama
(be placed obliquely) gukīka
(on) gushikiriza
(one thing above another) kugereka, kugerekeranya
(oneself) guherēra
(somewhere) gushiraho
(two things side by side, parallel) kubāngikanya
(to be placed wrong end to) gucurama
(to give place to each other) kubisīkanya
(to hold in) kugumya
(to leave a) gushingūka
(to make) kubisa
(to make for one another to pass) kubisīkanya
(to put a thing in its certain ~) gutereka
(to remain in ~ of another) gusigarira
(to stand in a certain ~ thus making ~ for another) kubisiriza
(to take the ~ of another) kwākīra
(to take the ~ of another watching) kubangūra
(to go from ~ to ~) kuyugayuga
suffice    (to) gukwīra
waste away   (to ~ from illness) kwīraburanirwa