muka 1 class 1
singular: umu-
plural: aba- ▶ wife of
singular: umu-
plural: aba- ▶ wife of
Muka ▶ place in Burundi, province of Bururi, at 1877m altitude
kwāmūka (-āmūtse) v ▶ to be born of, to originate
kwīmuka (-īmutse) v ▶ to move to new locality
kwūmūka (-ūmūtse) v ▶ to become dry
guhemuka (-hemutse) v ▶ 1. to fail to keep one's word, 2. to disappoint, 3. to betray a secret
guhumūka (-humūtse) v ▶ to see after being blind
guhēmūka (-hēmūtse) v ▶ 1. to puff with exertion, 2. to sigh, 3. to breathe hard
gukamuka (-kamutse) v ▶ to dry up, to drip
gutemuka (-temutse) v ▶ 1. to cut easily (vi), 2. to burn easily, quickly, 3. to burn and break off (as tree), log (vi), 4. to slide (earth)
kugūmūka (-gūmūtse) v ▶ 1. to revolt, 2. raise a clamor, 3. stir up trouble
kuramuka (-ramutse) v ▶ 1. to be, to start the day
aramutse agenda and then he went
2. to be skinned by a blow
aramutse agenda and then he went
2. to be skinned by a blow
kwūnamuka (-ūnamutse) v ▶ to raise one's head, to raise up (vt)
Mukakaro 2 class 2
singular: umu- ▶ July
singular: umu- ▶ July
guhahamuka (-hahamutse) v ▶ to jump, stir or walk in one's sleep
gutaramuka (-taramutse) v ▶ 1. to withdraw from room, 2. be raised
kuraramuka (-raramutse) v ▶ to lift up the head
kuvugumuka (-vugumutse) v ▶ to grow rapidly in spurts
gutantamuka (-tantamutse) v ▶ to tear, rip up (vi)
kurandamuka (-randamutse) v ▶ 1. to speak thoughtlessly, loudly, 2. to walk in one's sleep, to start up in one's sleep, 3. to come all together at call of trouble
kuzanzamuka (-zanzamutse) v ▶ to jump in surprise or when awakened
mwaramutse phr ▶ good morning (from kuramuka)
animal ▶ (domestic) igitungano
(wild) igikoko, inyamāswa
(male in heat) ishāshi
(of nice disposition) ikirende
(track of) umwānza
(truly animal) bukōko
(young of) umukāngara
(young of small) imbūnda
(antelope) impōngo
(small antelope) ingeregere
(bat) agahūngarēma
(bear) idubu
(buffalo) imbogo
(young bull) ishūri
(male calf) ikimasa
(camel) ingamiya, ingameya
(cat) akayabo, akayabu
(chameleon) uruvo, uruvuruvu
(cheetah) igikara
(civit cat) icūya
(crocodile) ingōna
(deer) impōngo
(dog) imbwa,
(female) imbwakazi,
(wolf-like wild) ibīngira
(donkey) indogoba, indogobwe
(elephant) inzovu
(ferocious) igisimba
(fox) imbwēbwe
(frog) igikere
(gazelle) ingeregere
(giraffe) umusumbarembe
(goat) impene,
(male) impfīzi,
(young male goat) agasugurume
(goats) intūngwa, igitūngwa
(hare) urukwāvu
(hippopotamus) imvubu
(hyena) imfyisi
(jackal) imbwēbwe
(kid, lamb) umwāgazi
(lion) intāmbwe, intare
(lizard) umuserebanyi
(mongoose) isambwe
(monkey) inkēnde, imamfu
(puppy) ikibwāna, imbūnda
(python) isato
(rabbit) urukwāvu
(ram) isuguru
(rat, mouse) imbeba
(rat, cane) isiha
(sheep) intāma, intūngwa, igitūngwa
(toad) igikere
(weasel) akarīnda, akagomba
(zebra) imparage
(to give salt to domestic ~) kwūhīra
(to lead to drink) gushōra
(to stake out to pasture) kuzirika
(wild) igikoko, inyamāswa
(male in heat) ishāshi
(of nice disposition) ikirende
(track of) umwānza
(truly animal) bukōko
(young of) umukāngara
(young of small) imbūnda
(antelope) impōngo
(small antelope) ingeregere
(bat) agahūngarēma
(bear) idubu
(buffalo) imbogo
(young bull) ishūri
(male calf) ikimasa
(camel) ingamiya, ingameya
(cat) akayabo, akayabu
(chameleon) uruvo, uruvuruvu
(cheetah) igikara
(civit cat) icūya
(crocodile) ingōna
(deer) impōngo
(dog) imbwa,
(female) imbwakazi,
(wolf-like wild) ibīngira
(donkey) indogoba, indogobwe
(elephant) inzovu
(ferocious) igisimba
(fox) imbwēbwe
(frog) igikere
(gazelle) ingeregere
(giraffe) umusumbarembe
(goat) impene,
(male) impfīzi,
(young male goat) agasugurume
(goats) intūngwa, igitūngwa
(hare) urukwāvu
(hippopotamus) imvubu
(hyena) imfyisi
(jackal) imbwēbwe
(kid, lamb) umwāgazi
(lion) intāmbwe, intare
(lizard) umuserebanyi
(mongoose) isambwe
(monkey) inkēnde, imamfu
(puppy) ikibwāna, imbūnda
(python) isato
(rabbit) urukwāvu
(ram) isuguru
(rat, mouse) imbeba
(rat, cane) isiha
(sheep) intāma, intūngwa, igitūngwa
(toad) igikere
(weasel) akarīnda, akagomba
(zebra) imparage
(to give salt to domestic ~) kwūhīra
(to lead to drink) gushōra
(to stake out to pasture) kuzirika
En-En dictionary
be ▶ kuba, -ri, kumera, kuramuka
(at, to have been at) guherūka
(beside) kubāngikana, guhererana
(in water) kubōmbeka
(with always) guhorana
(at, to have been at) guherūka
(beside) kubāngikana, guhererana
(in water) kubōmbeka
(with always) guhorana
En-En dictionary
bread ▶ (european) umukate (Sw.)
(african) umutsima
(loaf of) irobe
(lump of) intore
(soft part of) akavunji k'umukate
(to make) gucūmba
(to put ground-, peanuts, etc. in ~) gutotera
(african) umutsima
(loaf of) irobe
(lump of) intore
(soft part of) akavunji k'umukate
(to make) gucūmba
(to put ground-, peanuts, etc. in ~) gutotera
En-En dictionary
break ▶ (vi) gucīka, kumeneka, kumānyuruka
(vt) guca
(and scatter, vt) gusāvya
(any slender thing, vi) kuvunika
(any slender thing, vt) kuvuna
(completely, vi) kudēndūka, gufyonyoka, kuvunagura
(in two) gusāba
(the law) kurēnga, kuyoba
(object with flat surface, vt) kumena
(off by burning, tree, etc.) gutemuka
(off a piece, bread) kubega
(out, as rash) guhurira, guturika
(rope, chain) kuvutagura
(suddenly, unexpectedly) gukenyuka
(a taboo) kurēngwa, kuzirūra, kugōka
(to bits, vi) kumenagurika, gusatagurika, kuvunagura, kumānyagura
(to bits, vt) gucagagura, kumenagura, gusatagura, kuvunaguza
(up, vi) kumānyagurika, kumānyuka
(up, vt) kujānjagura
(a break, as bone) imvune
(vt) guca
(and scatter, vt) gusāvya
(any slender thing, vi) kuvunika
(any slender thing, vt) kuvuna
(completely, vi) kudēndūka, gufyonyoka, kuvunagura
(in two) gusāba
(the law) kurēnga, kuyoba
(object with flat surface, vt) kumena
(off by burning, tree, etc.) gutemuka
(off a piece, bread) kubega
(out, as rash) guhurira, guturika
(rope, chain) kuvutagura
(suddenly, unexpectedly) gukenyuka
(a taboo) kurēngwa, kuzirūra, kugōka
(to bits, vi) kumenagurika, gusatagurika, kuvunagura, kumānyagura
(to bits, vt) gucagagura, kumenagura, gusatagura, kuvunaguza
(up, vi) kumānyagurika, kumānyuka
(up, vt) kujānjagura
(a break, as bone) imvune
En-En dictionary
breathe ▶ guhēma, guhumēka, gukwega impwemu
(hard) guhēmūka
(heavily and noisily) gufūha, gupfūha
(with difficulty, child) gufūrēka
(hard) guhēmūka
(heavily and noisily) gufūha, gupfūha
(with difficulty, child) gufūrēka
En-En dictionary
bunch ▶ (of flowers) umukama w'amashurwe
(plants) umukama, umuganda, umupfungo, agatekero
(of grass at top of hut) isūnzu
(plants) umukama, umuganda, umupfungo, agatekero
(of grass at top of hut) isūnzu
En-En dictionary
bundle ▶ umuzigo
(esp. dead person wrapped for carrying) ikigagara
(of grass or grain) umukama
(of sticks, rope) umugānda
(to tie up a ~) gutēkera
(clothes) ibaro
(esp. dead person wrapped for carrying) ikigagara
(of grass or grain) umukama
(of sticks, rope) umugānda
(to tie up a ~) gutēkera
(clothes) ibaro
En-En dictionary
colour ▶ irāngi
(black) umukata, umufyiri, agafyīri,
(very) umuvyiro
(black mud) urushānga
(blue) ubururu
(brown) ibihogo
(brown, light) akagājo, umuyēnzi
(brownish black cow) ikirāyi
(gray) -vivi, agahīza, akavūzo, uruvūzo
(green) akātsi gatoto
(orange) umutugutu
(red, like mud) agahama
(tan hair, of goats) umufūmbere
(very white) derere
(yellow) umuhōndo, umutugutu
(yellow, dark) ibihogo
(yellow, light, reddish) umugina
(to be black) kwīrabura
(to be white) kwēra
(to become yellow or reddish, in ripening) kubēnja
(to colour) kuraba
(to ~ in) gusiga amabara
(to change ~, fade) kubēnjūka, kubēngūka
(black) umukata, umufyiri, agafyīri,
(very) umuvyiro
(black mud) urushānga
(blue) ubururu
(brown) ibihogo
(brown, light) akagājo, umuyēnzi
(brownish black cow) ikirāyi
(gray) -vivi, agahīza, akavūzo, uruvūzo
(green) akātsi gatoto
(orange) umutugutu
(red, like mud) agahama
(tan hair, of goats) umufūmbere
(very white) derere
(yellow) umuhōndo, umutugutu
(yellow, dark) ibihogo
(yellow, light, reddish) umugina
(to be black) kwīrabura
(to be white) kwēra
(to become yellow or reddish, in ripening) kubēnja
(to colour) kuraba
(to ~ in) gusiga amabara
(to change ~, fade) kubēnjūka, kubēngūka
En-En dictionary
come ▶ kūza
(all together suddenly) kurandamuka
(apart) gushānyūka, kudohōka
(to come at) (time) kuzīra
(to do something) guherūka
(to an end) guhenebēra, guhera, kunyika
(be coming to an end) guherengetera
(down) kumanuka, kumanuza, kwūruruka
(from) kwāduka, kwānduruka, gukomoka, guturuka, kuva, kuvuduka
(to greet often when one is in disfavour in hopes of gaining favour) kuneganega
(~ here) ingo, ngo, ngwino
(into sight) kurēnguka
(to light) guhinyuka, kwāndagara
(one by one) gutororokanya, gutēraterana
(out, teeth, hoe handle, etc.) guhongoka
(out, stake) gushingūka
(out of water) kwōgorora
(suddenly) guturūmbuka
(to, after fainting) guhembūka
(to pieces) gusambūka
(to the throne) kwīma ku ngoma
(together, crowd) gukungēra
(unexpectedly) kwubīra
(unsewn) gusonoroka (Sw.)
(untied) kubohōka, gupfunduka
(up of itself) kwimeza
(up out of water) kwiburuka
(up thickly, thus not do well) gusorora
(upon suddenly) kwūbuka
(when called) kurabuka
(with) kuzanana
(all together suddenly) kurandamuka
(apart) gushānyūka, kudohōka
(to come at) (time) kuzīra
(to do something) guherūka
(to an end) guhenebēra, guhera, kunyika
(be coming to an end) guherengetera
(down) kumanuka, kumanuza, kwūruruka
(from) kwāduka, kwānduruka, gukomoka, guturuka, kuva, kuvuduka
(to greet often when one is in disfavour in hopes of gaining favour) kuneganega
(~ here) ingo, ngo, ngwino
(into sight) kurēnguka
(to light) guhinyuka, kwāndagara
(one by one) gutororokanya, gutēraterana
(out, teeth, hoe handle, etc.) guhongoka
(out, stake) gushingūka
(out of water) kwōgorora
(suddenly) guturūmbuka
(to, after fainting) guhembūka
(to pieces) gusambūka
(to the throne) kwīma ku ngoma
(together, crowd) gukungēra
(unexpectedly) kwubīra
(unsewn) gusonoroka (Sw.)
(untied) kubohōka, gupfunduka
(up of itself) kwimeza
(up out of water) kwiburuka
(up thickly, thus not do well) gusorora
(upon suddenly) kwūbuka
(when called) kurabuka
(with) kuzanana
En-En dictionary
cut ▶ (to ~) guca, gutānya, gukata (Sw.)
(to be ~) gucībwa
(banana leaves) kugombōra
(banana stalk) gutūmbūra, guhānyura
(chop with hoe or other instrument) kujema
(crosswise) kugegena
(down trees left after fire has passed over) gutōngōra
(easily) gutemuka
(easily, grass) kwāhirika
(eyes out) kunogora
(grass) gutema, gukera, gukerera
(grass for use) kwāhira
(grass or brush in order to see path or object) guhūnja
(hair) kumwa
(in big chunks) guketagura
(in even lengths) gucacūra
(in many pieces) guhimbagura
(in pieces) gukebagura
(lengthwise) kwōmānza, gusatura
(meat, finger, etc.) gukeba
(neck of animal) gukerera
(off) gukona
(off branches) gukōkōra
(off tail of animal) gukēmūra
(off top of tree) gukēmūra
(tree) gukera, gutema, guca
(trees for building) guhimbura
(up) gukekagura
(up into small pieces) gukeka
(up small as reeds, boards) gutemagura
(trees or sticks) kugegena
(with one blow) gutemura
(with sawing motion) gukerera
(wood in short bits) kunyuramwo
(wool of sheep) gukēmūra
(to be ~) gucībwa
(banana leaves) kugombōra
(banana stalk) gutūmbūra, guhānyura
(chop with hoe or other instrument) kujema
(crosswise) kugegena
(down trees left after fire has passed over) gutōngōra
(easily) gutemuka
(easily, grass) kwāhirika
(eyes out) kunogora
(grass) gutema, gukera, gukerera
(grass for use) kwāhira
(grass or brush in order to see path or object) guhūnja
(hair) kumwa
(in big chunks) guketagura
(in even lengths) gucacūra
(in many pieces) guhimbagura
(in pieces) gukebagura
(lengthwise) kwōmānza, gusatura
(meat, finger, etc.) gukeba
(neck of animal) gukerera
(off) gukona
(off branches) gukōkōra
(off tail of animal) gukēmūra
(off top of tree) gukēmūra
(tree) gukera, gutema, guca
(trees for building) guhimbura
(up) gukekagura
(up into small pieces) gukeka
(up small as reeds, boards) gutemagura
(trees or sticks) kugegena
(with one blow) gutemura
(with sawing motion) gukerera
(wood in short bits) kunyuramwo
(wool of sheep) gukēmūra
En-En dictionary
day ▶ umusi, umunsi
(~ before yesterday, ~ after tomorrow) hirya y'ejo
(it is ~) harakeye
(on a certain ~) umusi ur'izina, umunsi ur'izina
(the next ~) bukeye
(today) uyumusi, uyumunsi
(time of day) :
(9 to 10 a.m.) kumusase
(noon) umutāga, ku mamima ngohe
(middle of day) amashōka
(about 3 p.m.) amasubirayo y'inyana
(after dark) bwateranye
(to be ~) guca
(to spend all ~) kwīrirwa
(to start the ~) kuramuka
(~ before yesterday, ~ after tomorrow) hirya y'ejo
(it is ~) harakeye
(on a certain ~) umusi ur'izina, umunsi ur'izina
(the next ~) bukeye
(today) uyumusi, uyumunsi
(time of day) :
(9 to 10 a.m.) kumusase
(noon) umutāga, ku mamima ngohe
(middle of day) amashōka
(about 3 p.m.) amasubirayo y'inyana
(after dark) bwateranye
(to be ~) guca
(to spend all ~) kwīrirwa
(to start the ~) kuramuka
En-En dictionary
dry ▶ (vi) kwūma,
(vt) kwūmūtsa, kwūmya
(in sun or near fire) kumūkishirīza
(to be) kugaduka
(to become) gukanyuruka, kwūmūka
(to become too ~ while cooking) kuyēnga
(to put food in sun to ~) gukavya
(to put near fire to ~) gutara
(up) kugaduka, kugangara, gukaba, gukama, gukamya
(up and be stiff, clothes or food) gutetera
(up, breasts) gucūka
(vt) kwūmūtsa, kwūmya
(in sun or near fire) kumūkishirīza
(to be) kugaduka
(to become) gukanyuruka, kwūmūka
(to become too ~ while cooking) kuyēnga
(to put food in sun to ~) gukavya
(to put near fire to ~) gutara
(up) kugaduka, kugangara, gukaba, gukama, gukamya
(up and be stiff, clothes or food) gutetera
(up, breasts) gucūka
En-En dictionary
earth ▶ (world) isi
(soil) agataka, ivu
(hard-packed) urutare
(interior of) ikuzimu, i kuzimu
(of reddish brown color) inginagina
(to shake, vi) gutigita
(to slide) gutemuka, kunyika, gusiduka
(soil) agataka, ivu
(hard-packed) urutare
(interior of) ikuzimu, i kuzimu
(of reddish brown color) inginagina
(to shake, vi) gutigita
(to slide) gutemuka, kunyika, gusiduka
En-En dictionary
exchange ▶ gukāba, kugurāna
(clothes or other article for a time) kunyurānyura
(greetings) kuramukānya
(clothes or other article for a time) kunyurānyura
(greetings) kuramukānya
En-En dictionary
fail ▶ gucumukura
(another) guhemukira
(to accomplish what one started) kugaburura
(to do what one intended) kudehūra
(to find) kubura, guhusha
(to give what one promised) kugaramāngira
(to keep one's word) guhemuka, kwīrahuruza, gutēzūra
(to return) kugīrīra
(in on'e task) gusibanganya
(to be unable to do what one attempts) gutāna
(another) guhemukira
(to accomplish what one started) kugaburura
(to do what one intended) kudehūra
(to find) kubura, guhusha
(to give what one promised) kugaramāngira
(to keep one's word) guhemuka, kwīrahuruza, gutēzūra
(to return) kugīrīra
(in on'e task) gusibanganya
(to be unable to do what one attempts) gutāna
En-En dictionary
greet ▶ gusanganira
(by oneself in person or in letter) kuramutsa
(for) gutahiriza
(for another) gutāsha
(one another) kuramūkanya
(by oneself in person or in letter) kuramutsa
(for) gutahiriza
(for another) gutāsha
(one another) kuramūkanya
En-En dictionary
grow ▶ gukura, kwāruka, gukaka
(after cutting) kunaga
(larger, esp. moon) gutūbūka
(let hair ~ long) gutongoza
(old) gutāma
(rapidly in spurts) kuvugumuka
(smaller, sometimes used of moon) gutūba
(to cause to grow) gukuza
(to not ~, plant) kunyigīra
(to not ~, because of too many seeds) kuzīnga
(very fast, child) kugurugūmba
(well) kubaduka
(child that doesn't ~ properly) imfunnya
(after cutting) kunaga
(larger, esp. moon) gutūbūka
(let hair ~ long) gutongoza
(old) gutāma
(rapidly in spurts) kuvugumuka
(smaller, sometimes used of moon) gutūba
(to cause to grow) gukuza
(to not ~, plant) kunyigīra
(to not ~, because of too many seeds) kuzīnga
(very fast, child) kugurugūmba
(well) kubaduka
(child that doesn't ~ properly) imfunnya
En-En dictionary
head ▶ umutwe
(cold in) agahiri, akamango
(of grain) umuhānyu
(pad, when carrying load) ingata, urugata
(to head up, grain) kubogeka, guhaga, kuyāngika
(to head up, cabbage) gufumbata
(to bow one's) kwūnama
(to carry on) kwīremēka, kwīkorera
(to lift up) kuraramuka
(to lose one's) gucika ivutu, kuzimagirika
(to raise one's) kwūnamūka, kwūnamūra, kurāngamīza
(to remove load from) gutūra
(to shake one's ~ in anger or disgust) kuzūnguza umutwe
(to tip back) kurarama
(to tip to one side) guhengama
(to turn one's) gukebuka
(cold in) agahiri, akamango
(of grain) umuhānyu
(pad, when carrying load) ingata, urugata
(to head up, grain) kubogeka, guhaga, kuyāngika
(to head up, cabbage) gufumbata
(to bow one's) kwūnama
(to carry on) kwīremēka, kwīkorera
(to lift up) kuraramuka
(to lose one's) gucika ivutu, kuzimagirika
(to raise one's) kwūnamūka, kwūnamūra, kurāngamīza
(to remove load from) gutūra
(to shake one's ~ in anger or disgust) kuzūnguza umutwe
(to tip back) kurarama
(to tip to one side) guhengama
(to turn one's) gukebuka
En-En dictionary
jump ▶ (to) gusīmba, gusimbagurika
(about) gukinagira
(from above) gushunguruka
(in one's sleep) guhahamuka, kurandamuka
(in surpise) guhahabuka
(in surprise or when awakened) kuzanzamuka, gukanguka
(up and run quickly) kwūbuka
(when stung or bitten) gushikurwa
(with fear, heart) guhahama
(about) gukinagira
(from above) gushunguruka
(in one's sleep) guhahamuka, kurandamuka
(in surpise) guhahabuka
(in surprise or when awakened) kuzanzamuka, gukanguka
(up and run quickly) kwūbuka
(when stung or bitten) gushikurwa
(with fear, heart) guhahama
En-En dictionary
lift up ▶ gukiriza, guterura
(from ground) kurārūra
(one who is lying down) kuvyūtsa
(the head) kuraramuka
(from ground) kurārūra
(one who is lying down) kuvyūtsa
(the head) kuraramuka
En-En dictionary
master ▶ Bwana (Sw.), umukama, umushīngantāhe, nyene
(my, our) dātabuja
(your) shōbuja
(his, her, their) shēbuja
(of an art) umuhīnga
(to be) kugaba
(my, our) dātabuja
(your) shōbuja
(his, her, their) shēbuja
(of an art) umuhīnga
(to be) kugaba
En-En dictionary
month ▶ ukwēzi
(January) ukwezi kwa mbere, Nzero
(February) ukwezi kwa kabiri, Nyamagoma, Ruhuhuma
(March) ukwezi kwa gatatu, Ntwarante
(April) ukwezi kwa kane, Ndamukiza, Kabozambuba
(May) ukwezi kwa gatanu, Rusama
(June) ukwezi kwa gatandatu, Rwirabura, Kiyumpu
(July) ukwezi kwa ndwi, Mukakaro
(August) ukwezi kwa munani, Myandagaro
(September) ukwezi kwa cenda, Nyakanga
(October) ukwezi kwa cumi, Gitugutu
(November) ukwezi kwa cumi na rimwe, Munyonyo
(December) ukwezi kwa cumi na kabiri, Kigarama
(January) ukwezi kwa mbere, Nzero
(February) ukwezi kwa kabiri, Nyamagoma, Ruhuhuma
(March) ukwezi kwa gatatu, Ntwarante
(April) ukwezi kwa kane, Ndamukiza, Kabozambuba
(May) ukwezi kwa gatanu, Rusama
(June) ukwezi kwa gatandatu, Rwirabura, Kiyumpu
(July) ukwezi kwa ndwi, Mukakaro
(August) ukwezi kwa munani, Myandagaro
(September) ukwezi kwa cenda, Nyakanga
(October) ukwezi kwa cumi, Gitugutu
(November) ukwezi kwa cumi na rimwe, Munyonyo
(December) ukwezi kwa cumi na kabiri, Kigarama
En-En dictionary
move ▶ (vi) kwīmuka
(vt) kwīmura
(about) gutēmbēra (Sw.)
(things to another place) gutūnda, gutereka
(to another chieftanship) gucikira
(to a new location) kujōnjōra
(to cause to move) gusegenyesha
(vt) kwīmura
(about) gutēmbēra (Sw.)
(things to another place) gutūnda, gutereka
(to another chieftanship) gucikira
(to a new location) kujōnjōra
(to cause to move) gusegenyesha
En-En dictionary
old ▶ (age) ubukuru, zabukuru
(man) umutāma
(person) umusāza
(woman) umutāmakazi, umukamakare
(to be) kurāmba
(to be, but still strong) kugwagura, guhūmura
(to become) gusāza
(to become, woman) gukēcura
(to grow) gutāma
(man) umutāma
(person) umusāza
(woman) umutāmakazi, umukamakare
(to be) kurāmba
(to be, but still strong) kugwagura, guhūmura
(to become) gusāza
(to become, woman) gukēcura
(to grow) gutāma
En-En dictionary
pot ▶ (clay cooking) inkono, inaga, impānge
(for water) umubīndi, umuhānge, umukātwa, ikibīndi
(coffee ~) ibirika y'ikawa
(small for butter) urwāvya, ikebano
(very large) intāngo
(with long narrow neck) agakarabo
(cooking pot) isafuriya, isafuria
(for water) umubīndi, umuhānge, umukātwa, ikibīndi
(coffee ~) ibirika y'ikawa
(small for butter) urwāvya, ikebano
(very large) intāngo
(with long narrow neck) agakarabo
(cooking pot) isafuriya, isafuria
En-En dictionary
raise ▶ gusokōra
(animals) gutūnga
(arm) kurāmvura, gutarika
(arm to strike, to pull a bow) kubangurira
(clamor) kugūmūka
(eyes) kurarama
(from dead) kuzūra
(higher) kurārūra
(in sense of increase) kwongera
(head) kurāngamiza, kwūnamūka, kwūnamūra
(up) kumanika, kwūnamūka, kurāngamiza, kwūnamūra, kuraramuka, kuvyūra, kuvyūtsa
(voice) kurangurura
(animals) gutūnga
(arm) kurāmvura, gutarika
(arm to strike, to pull a bow) kubangurira
(clamor) kugūmūka
(eyes) kurarama
(from dead) kuzūra
(higher) kurārūra
(in sense of increase) kwongera
(head) kurāngamiza, kwūnamūka, kwūnamūra
(up) kumanika, kwūnamūka, kurāngamiza, kwūnamūra, kuraramuka, kuvyūra, kuvyūtsa
(voice) kurangurura
En-En dictionary
recover ▶ (get well) gukira, kurokoka
(from fear or anger) guhūmura
(sight) guhumūka
(when others around are dying) kurokoza
(from fear or anger) guhūmura
(sight) guhumūka
(when others around are dying) kurokoza
En-En dictionary
revolt ▶ ubugome, umugome, umugararizo
(mild in character) akagūma
(to ~) kugarariza, kugoma, kugūmūka
(against king) kugesera
(to subdue) kugandūra, kugomora, kugomoza
(mild in character) akagūma
(to ~) kugarariza, kugoma, kugūmūka
(against king) kugesera
(to subdue) kugandūra, kugomora, kugomoza
En-En dictionary
rip ▶ gusonoroka, kubārurura
(grass from house) gukākura
(to tear a big ~) kumwanyuruka
(up, vt) gutantamura
(up, vi) gutantamuka
(grass from house) gukākura
(to tear a big ~) kumwanyuruka
(up, vt) gutantamura
(up, vi) gutantamuka
En-En dictionary
see ▶ kubona
(after being blind) guhumūka
(see here!) erega
(that someone wishes to see you alone) gukebuka
(through deceit) guhinyura
(with comprehension) kurabukwa
(after being blind) guhumūka
(see here!) erega
(that someone wishes to see you alone) gukebuka
(through deceit) guhinyura
(with comprehension) kurabukwa
En-En dictionary
sight ▶ (come into) kurēnguka
(to pass out of) kurēngēra
(to recover) guhumūka
(to restore) guhumūra
(to pass out of) kurēngēra
(to recover) guhumūka
(to restore) guhumūra
En-En dictionary
sleep ▶ itiro
(to sleep, to lie down and ~) kuryama
(to fall asleep) gusinzīra
(to jump in one's ~, to walk in one's ~) guhahamuka, kurandamuka
(to nod in sleeping) gutūringiga
(to put to, cause to) gusinziriza
(sitting up) gutūringiga
(to talk in one's) kurāzirana
(to walk in one's) kurandamuka
(to sleep, to lie down and ~) kuryama
(to fall asleep) gusinzīra
(to jump in one's ~, to walk in one's ~) guhahamuka, kurandamuka
(to nod in sleeping) gutūringiga
(to put to, cause to) gusinziriza
(sitting up) gutūringiga
(to talk in one's) kurāzirana
(to walk in one's) kurandamuka
En-En dictionary
speak ▶ (speaking evil of another with whom you work) ikēba
(one who speaks with senseless repititions of words) ikirogorogo
(all speaking together) imvugarimwe
(to ~) kuvuga
(against) guhāririza
(carelessly) gufudika
(clearly) gufobōra, gutobekeranya
(distinctly) gutobora
(distinctly, not having been able to before) gutumbūra
(evil of one another) gucurikanya
(evil of) gukana, kunegura
(evil of the king) kurogota
(evil of a ruler) kuyoba
(fearlessly) kwūbahuka
(foolishly) kudebagura
(hatefully) gucobogoza
(hesitantlyusually used in negative) guhengēshanya
(in a mysterious language) gufobeka
(incoherently) kuvōvōta
(in someone's favor) gutēturura
(lightly) kujajura
(loudly) kurangurura, kurandamuka
(many words, usually quite meaningless ones) guhogōmboka
(sarcastically) kurtyekeza
(the truth) guhinyuza
(thoughtlessly) kurandamuka
(unwisely or rudely) kurofokwa
(very beseechingly) kubobōteza
(when one shouldn't) kuyogora
(where others hear voices but do not understand) guhwirima
(without arriving at point) kurerembuza
(to cause to) kuvuza
(to leave off speaking evil and speak kindly) kwigarura
(to prevent from speaking) guhwāmika
(give gift to bride so she will ~) guhorōra
(refuse to speak till given gift, as bride does) guhorōrwa
(one who speaks with senseless repititions of words) ikirogorogo
(all speaking together) imvugarimwe
(to ~) kuvuga
(against) guhāririza
(carelessly) gufudika
(clearly) gufobōra, gutobekeranya
(distinctly) gutobora
(distinctly, not having been able to before) gutumbūra
(evil of one another) gucurikanya
(evil of) gukana, kunegura
(evil of the king) kurogota
(evil of a ruler) kuyoba
(fearlessly) kwūbahuka
(foolishly) kudebagura
(hatefully) gucobogoza
(hesitantlyusually used in negative) guhengēshanya
(in a mysterious language) gufobeka
(incoherently) kuvōvōta
(in someone's favor) gutēturura
(lightly) kujajura
(loudly) kurangurura, kurandamuka
(many words, usually quite meaningless ones) guhogōmboka
(sarcastically) kurtyekeza
(the truth) guhinyuza
(thoughtlessly) kurandamuka
(unwisely or rudely) kurofokwa
(very beseechingly) kubobōteza
(when one shouldn't) kuyogora
(where others hear voices but do not understand) guhwirima
(without arriving at point) kurerembuza
(to cause to) kuvuza
(to leave off speaking evil and speak kindly) kwigarura
(to prevent from speaking) guhwāmika
(give gift to bride so she will ~) guhorōra
(refuse to speak till given gift, as bride does) guhorōrwa
En-En dictionary
start ▶ kwānzika, gutangura
(by) kubānza
(early in the morning) kuzinduka
(fire) gucāna
(job before finishing the previous one) kubāngikanya
(the day) kuramuka
(something) gutangīza
(up from ground, e.g.g locusts) guharara
(up in one's sleep) kurandamuka
(by) kubānza
(early in the morning) kuzinduka
(fire) gucāna
(job before finishing the previous one) kubāngikanya
(the day) kuramuka
(something) gutangīza
(up from ground, e.g.g locusts) guharara
(up in one's sleep) kurandamuka
En-En dictionary
stir ▶ gucucuma, kuvānga, kuvāngavānga, kuvurūnga
(around) gucambagirana
(in one's sleep) guhahamuka
(porridge) gushigisha
(up trouble) kugūmūka
(around) gucambagirana
(in one's sleep) guhahamuka
(porridge) gushigisha
(up trouble) kugūmūka
En-En dictionary
surprise ▶ (to) kujegeza, kujorera, gutangāza
(to be taken by) gufata mpiri
(to jump in) guhababuka, kuzanzamuka
(to be taken by) gufata mpiri
(to jump in) guhababuka, kuzanzamuka
En-En dictionary
tear ▶ (vi) gucīka, kumānyuruka, gutabuka, gutantamuka
(vt) gutabura, gutantamura
(along, water, rain) gusūriranya
(away) gushikura
(big hole, vi) kumānyuka
(big rip, vi) kumwanyuruka
(clothes, vt) gukākagura
(clothes in anger) gukākura, kumwāga
(down) guhenura, guhomvora, guhonyora, gusambūra, gusangangura
(down nest) kwāruza
(in pieces) gutabagura
(vt) gutabura, gutantamura
(along, water, rain) gusūriranya
(away) gushikura
(big hole, vi) kumānyuka
(big rip, vi) kumwanyuruka
(clothes, vt) gukākagura
(clothes in anger) gukākura, kumwāga
(down) guhenura, guhomvora, guhonyora, gusambūra, gusangangura
(down nest) kwāruza
(in pieces) gutabagura
En-En dictionary
then ▶ buno, maze, rero, kuramuka (e.g. aramutse agenda – and then he went)
(and ~) kāndi
(and ~ afterwards) hanyuma
(and ~) kāndi
(and ~ afterwards) hanyuma
En-En dictionary
together ▶ hamwe
(all) icārimwe
(living) umubāno
(all speaking) imvugarimwe
(with) kumwe
(sticking) akaramata
(trees grown very close ~) impatane
(to be) kumana
(to bring) gukoranya, gutēranya
(to come, as crowd) gukungēra
(to come all ~, suddenly, as at call of trouble) kurandamuka
(to crowd ~) kwegerana
(to get close) kwegerana
(to go ~ to see something, of many people) gukōndōrera
(to live) kubāna
(to live, be always) kwāmana
(to meet) gukorana, gutērana
(to cause to meet) gukoranya, gutēranya, guhūza
(to put) kwegeraniriza, guhūza
(to put things or people close ~) kwegeranya
(to spend time) kumarana
(to stick, vi) gufatana, kumata
(to stick, vt) gufatanya, kumatanya
(to strive and crowd) kuvurungana
(all) icārimwe
(living) umubāno
(all speaking) imvugarimwe
(with) kumwe
(sticking) akaramata
(trees grown very close ~) impatane
(to be) kumana
(to bring) gukoranya, gutēranya
(to come, as crowd) gukungēra
(to come all ~, suddenly, as at call of trouble) kurandamuka
(to crowd ~) kwegerana
(to get close) kwegerana
(to go ~ to see something, of many people) gukōndōrera
(to live) kubāna
(to live, be always) kwāmana
(to meet) gukorana, gutērana
(to cause to meet) gukoranya, gutēranya, guhūza
(to put) kwegeraniriza, guhūza
(to put things or people close ~) kwegeranya
(to spend time) kumarana
(to stick, vi) gufatana, kumata
(to stick, vt) gufatanya, kumatanya
(to strive and crowd) kuvurungana
En-En dictionary
trouble ▶ icāgo, amaganya, amagōrwa, amarushwa, akaga
(to ~) kugōra
(to be free from ~, when others have it) gucuna
(to help one in ~) kwemānga
(to stir up ~) kugūmūka
(med) uguta umutwe
(to ~) kugōra
(to be free from ~, when others have it) gucuna
(to help one in ~) kwemānga
(to stir up ~) kugūmūka
(med) uguta umutwe
En-En dictionary
vine ▶ (creeping) igitēza
(grape) umuzabibu
(of certain sort) umurāndarānda
(red flowering) umukakampiri
(sweet potato) imibuto, umuvyūka
(pumpkin) umuvyūka
(grape) umuzabibu
(of certain sort) umurāndarānda
(red flowering) umukakampiri
(sweet potato) imibuto, umuvyūka
(pumpkin) umuvyūka
En-En dictionary
walk ▶ kugēnda, kugēndagēnda
(backward) kugēndēsha umugōngo, kugēnda umugōngo
(esp. at night) kwīkānya
(help sick person ~) kwāndāza
(in footsteps of another) kugera ikirēnge
(in one's sleep) kurandamuka
(in water) kuvōgera
(noisily) gukacagira
(on tiptoe) gusōbōka, kuyōmbōka
(slowly) kugoyagoya
(stealthily) gukacakaca, kwōmboka
(to take a ~, go for a ~) kugēndagēnda, gutēmbēra
(~ about in house without permission) kudōbēra
(barefoot) kugēnda n'ibirēnge
(backward) kugēndēsha umugōngo, kugēnda umugōngo
(esp. at night) kwīkānya
(help sick person ~) kwāndāza
(in footsteps of another) kugera ikirēnge
(in one's sleep) kurandamuka
(in water) kuvōgera
(noisily) gukacagira
(on tiptoe) gusōbōka, kuyōmbōka
(slowly) kugoyagoya
(stealthily) gukacakaca, kwōmboka
(to take a ~, go for a ~) kugēndagēnda, gutēmbēra
(~ about in house without permission) kudōbēra
(barefoot) kugēnda n'ibirēnge
En-En dictionary
wife ▶ umugēnzi, umugore
(abandoned) intabwa
(favorite) inkūndwākazi
(wife of) muka
(wife of king, chief) umwāmikazi
(to bring back ~ after she's gone home) gucūra
(to lose ~ by death) gupfākara
(to send ~ back to husband when she's gone home) gucūrira
(to take) kwābīra
(to take, without marrying her properly) gucīkiza
(abandoned) intabwa
(favorite) inkūndwākazi
(wife of) muka
(wife of king, chief) umwāmikazi
(to bring back ~ after she's gone home) gucūra
(to lose ~ by death) gupfākara
(to send ~ back to husband when she's gone home) gucūrira
(to take) kwābīra
(to take, without marrying her properly) gucīkiza
En-En dictionary
woman ▶ (lit. one wearing a wrap skirt) umukenyezi
(married ~) umugore
(lady-like, respected) umupfasoni
(elderly, respectful term) umukamakare
(elderly, disrespectful term) umukēcuru
(who has left many husbands and finally goe's to parent's home to build) igisubiramuhira
(married ~) umugore
(lady-like, respected) umupfasoni
(elderly, respectful term) umukamakare
(elderly, disrespectful term) umukēcuru
(who has left many husbands and finally goe's to parent's home to build) igisubiramuhira
En-En dictionary
wrinkle ▶ umukanya
(as in cloth) umupfunyu
(in face) umunya, injebejebe
(to ~) gupfunya, gupfunyirana
(as in cloth) umupfunyu
(in face) umunya, injebejebe
(to ~) gupfunya, gupfunyirana
En-En dictionary
young ▶ –to, -tō-to, –toya, –tonya
(of animal) umwāna, icāna, umukāngara
(of small animal) imbūnda
(plants for transplanting) ingemwe
(girl, unmarried) inkumi
(man, unmarried) umusore
(of animal) umwāna, icāna, umukāngara
(of small animal) imbūnda
(plants for transplanting) ingemwe
(girl, unmarried) inkumi
(man, unmarried) umusore
En-En dictionary
burn ▶ (vi) gusha
(and break off, tree, etc.) gutemuka
(easily, quickly, vi) gutemuka
(food, vi) kuzigira
(food slightly, vi) kuyēnga
(incense, nice smelling bark) kwōsa
(in the mouth) gukera
(let burn) kuzigiza
(quickly, vt) kubabura
(up, vt) guturira, kuyigiza
(to peel after a burn) kwūburuka
(to put something cool on a burn) gupfuvya
(and break off, tree, etc.) gutemuka
(easily, quickly, vi) gutemuka
(food, vi) kuzigira
(food slightly, vi) kuyēnga
(incense, nice smelling bark) kwōsa
(in the mouth) gukera
(let burn) kuzigiza
(quickly, vt) kubabura
(up, vt) guturira, kuyigiza
(to peel after a burn) kwūburuka
(to put something cool on a burn) gupfuvya
En-En dictionary
muka found in: Kirundi II (Grammar)
chapter 53 ▶ Nouns of Relationship
muka found in: Imyibutsa (proverbs)
Umwibutsa 298 ▶ Mukaso ntaba ari nyoko....
Umwibutsa 465 ▶ Urucira muka so rugatwara...