gukora (-ze)  v     1. to work, 2. to do, 3. to touch, 4. to make cough (spit), 5. to be fatal, 6. it's enough (salt, medicine, etc.) in something else, 7. to produce
urakoze (or, wakoze) thank you
uzoba ukoze thanks in advance
gukōra (-ye)  v     1. to eat what's left on peeling of roasted banana, etc. (gukōra ibishishwa), 2. to continually beg
gukora umudo (-ze)  phr     to stuff a mattress
gukorako (-zeko)  v     to touch
gukorana (-nye)  v     1. to work together, 2. to touch each other, 3. to meet together
gukoranya (-nije)  v     to bring together, to cause to meet together, to assemble
gukoragura (-ye)  v     to cause to fall in abundance
gukorakora (-ye)  v     to touch, feel of, to be lightfingered
gukorakorwa (-we)  v     to be felt of
gukoragurika (-tse)  v     1. to fall down continually, in abundance (as branches blown down), 2. to run downhill
gukoraniriza (-je)  v     to assemble together (vt)
gukorana mu minwe na (-nye)  phr     to shake hands with
gukoragurikira (-ye)  v     to fall continually at
assemble    kurementanya
(people) gukoranya
(things to give to someone) gusorōranya
beg    kwīngīnga, gusaba, gusēga
(continually) gukōra, gukōza, gusabiriza
(earnestly) gukomba ibōbo
(for beer) kuvūmba
(habitually) gusegerereza
bring    kuzana
(back) kugarura
(back from far away) guhabūra
(back wife after she's gone home) gucūra
(down) kumanura
(down bee hive) kwegura
(from dark into light) kwāndagaza
(from hiding) kunyegurura
(greeting) gutāsha
(in passing) guhitana
(into open from hidden place) kwātura
(loss or failure) gutāna
(new kind of seeds or cattle into country) kurondōra
(out of hiding) gufurūra
(quickly) gutebūkana
(things in from sun) kwāmura
(things and put them together to give to someone) gusorōranya
(to pass) gucimbataza
(together) gukoranya, gutēranya
(up child) gukuza, kurera
(water) kudahira, kuvōma
(with one) kuzanana
cellulose    imfungurwa ziva mu biterwa, zifasha amara gukora neza, ubugwegwe bashobora guhinguramwo impuzu
cough    inkorora
(hard ~) agahehēra
(to ~) gukorora
(to make) gukora
do    (to) kugira, gukora
(again) kwongera
(always) kwāma, guhora
(anyhow, in spite of) gupfa
(continually) kwāma, guhora
(the dishes) kwoza ivyombo
(even more) kurushiriza
(first) kubānza, gushūza
(forcefully) kwīhanukīra
(habitually) kumēnyera
(have too much to ~) kurēngerana
(the impossible) gufyidikīra
(~-it-yourself) ukugira utugenegene
(housework) kugora
(one's duty) gushimika
(quickly) gukwākwānya, gushōka, gusobaganya, gusūriranya, gutebūtsa
(quickly and carelessly) kuraha
(quickly without thinking) gusimbagurika
(~ not) -ōye (verb without infinitive)
(reluctantly) kwīyumānganya
(a sloppy job) kurēngagiza
(something alone) kwīgūnga
(something by oneself without authority) kwigenera
(something that causes pleasure or amazement) gusamāza
(that which you declared you would not ~) kwīrahuruza
(two things at once) kubāngikanya
(unwillingly) kugoyagoya
(unwillingly and complainingly) kunyinkira
(the washing up) kwoza ivyombo
eat    kurya, gufungura, kunōgera, kunoza, kurandagura
(a lot) guhāga, guhīmba
(cause to ~ a lot) gupfunereza
(by sucking only, as candy) kuyongobeza, kuyungubiza
(garden plants, of goats) kwōna
(to refuse to) kuzira
(to refuse to ~ or drink with) kunēna
(together) gusangira
(to ~ what's left on peeling of roasted banana, etc.) gukōra
(two kinds of food together) gukoza
(with instrument) kurīsha
enough    (to be) gukwīra
(to be more than ~) gucāguka
(to be ~ for) gukwīrana
(to have) gukwīrwa
(it's ~) birabāye, karabāye, birakwīye
(it's ~, as salt or medicine in something else) gukora
(that's enough, it's fine) basi!
fall    kugwa, gutēmba
(accidentally on spear and be injured) gushōka
(and hurt oneself) kunywāguka
(and skin oneself) gukungagurika
(before) kwikubita imbere
(down) kwikubita hasi, kwītēmbagaza
(down, as branches blown down) gukoragurika
(down, as house) guhenuka, guhomyoka, gusambūka, gusēnyuka, gusituka
(down continually or in abundance) gukoragurika
(down together, usually in fright) guhindikirana
(down from above) kweguka, gukoroka, gushunguruka, gutibuka
(from high above) guhanantuka
(from stalk) guhūnguka
(heavily, rain) kuzibiranya
(in cascade) gushunguruka, gusūma
(in, cause to) gusitura
(in love) kubēnguka
(into water or food) kudibuka
(not fall, rain) gutara
(to the ground) guhūndagara
(with) gukorokana
(with a din) guhongoroka
(to cause to fall) kugwisha, gukungagura, gutēmvya
(to cause to fall down) guhenura, gusēnyura, gukorora
(let fall drop by drop) gutōnyāngiriza
fatal    (to be) kugīrīra, gukora
feel    kwūmva
(around for) gukabakaba
(to begin to ~ better after being ill) gutenzukirwa
(to cause to ~ badly) gusurira
(faint) kuyāmīra
(joy, positive emotions) kuryōherwa
(to make another ~ badly over what he's done) gutēteka
(to not ~ anything) gutimba
(of) gukorakora
(pain) kubabara
(sad) gutunturirwa
(the way) guhwihwisha, kujuragirika, gukāmbakāmba
(the way before one with foot or spear) gukebagiza
light-fingered    (to be) gukorakora
meet    guhāmvya, guhwāna, guhūra
(to go to) gusanganira, gutegēra
(together) gukorana, gutērana
(to cause to ~ together) gukoranya, gutēranya
produce    gukora
(heavily or abundantly) gutengengera
(no longer) gutītūka
ring    impeta
(to form a ~) gukora impeta
run    kwīruka
(as water) gutēmba
(down hill) gukoragurika
(to jump up and run quickly) kwūbuka
(like a little child) kudiririmba
(out bit by bit till all is gone) gushīrīra
(out to see something, usually of a crowd) gushwabāduka
(over) gusēsekara
(very fast) kwīrukānga, gushīnga amano
(to lean forward preparing to run) gutuna
shake    (vi) kudēgedwa, kudēgemwa, guhīnda agashitsi, kunyoganyoga
(vt) gukunkumura
(as earth) kunyiganyiga, gutigita
(down to seperate from dirt) gukebanya
(down as when measuring) kunyīngisha
(hands) guhānayāmbo
(hands with) gukorana mu minwe na
(in the wind) guhuzēnwa
(one's head in anger or disgust) kuzūnguza umutwe
stuff    (to ~ a mattress) kugira umudo, gukora umudo
together    hamwe
(all) icārimwe
(living) umubāno
(all speaking) imvugarimwe
(with) kumwe
(sticking) akaramata
(trees grown very close ~) impatane
(to be) kumana
(to bring) gukoranya, gutēranya
(to come, as crowd) gukungēra
(to come all ~, suddenly, as at call of trouble) kurandamuka
(to crowd ~) kwegerana
(to get close) kwegerana
(to go ~ to see something, of many people) gukōndōrera
(to live) kubāna
(to live, be always) kwāmana
(to meet) gukorana, gutērana
(to cause to meet) gukoranya, gutēranya, guhūza
(to put) kwegeraniriza, guhūza
(to put things or people close ~) kwegeranya
(to spend time) kumarana
(to stick, vi) gufatana, kumata
(to stick, vt) gufatanya, kumatanya
(to strive and crowd) kuvurungana
touch    gukora, gukorako, gukorakora, gushorera
(a person to attract his attention) gukoma
sin    (to ~) gucumura, kugabitānya, gukora icāha
work    (to ~) gukora
(at several tasks at once) kujuragira
(carelessly wanting to quit) kuregarega
(complainingly) kugimīra
(for king, chief) gusasa ibwāmi
(for oneself) kwīkorera
(hard) gucumukura, gutama
(hard at) kuramiriza
(lazily) kuregarega
(rapidly) gufuruguta
(together) gukorana
(unwillingly, complainingly) kunyinkira, kugimīra
(with earnestness) gushira igikonyo
(with wood) kubāza
(with zeal) gushira igikonyo
(to cease, go home from) kugodoka
(to ~ for another without approval) kuruhira
(to do housework) kugora
(to feign) gushaza
(to put to) kwāhura
(to not keep at the job faithfully) gutenzekanya
(to try to get out of, pretend to work) gushaza
(to have ~ in one place many years) kuzyātira
 gukora found in: Kirundi I (Study lessons)
lesson 22   Infinitive and Imperative
lesson 28   Class 8 ubu–, ama– (continued)
lesson 30   Review 21 - 29
lesson 32   Class 9 uku–, ama–
lesson 36   Far Future and Present Negative of Vowel-stem Verbs
lesson 38   Higher Numbers
lesson 52   Rules for Past Endings
lesson 92   Dependent Not Yet Tense
lesson 93   Demonstrative Pronouns
lesson 99   Uses of Prepositional Form
lesson 104   Uses of Nta
lesson 109   How to Say “Why?”
lesson 114   Quotations, Direct and Indirect
lesson 124   Narrative Tenses II
 gukora found in: Kirundi II (Grammar)
chapter 5   Continuous (or Actual) Present
chapter 79   Various Expressions
 gukora found in: Imigani (tales)
Umugani 9   Umwarabu n'ingamiya
Umugani 47   Uk'Uburundi butwarwa