<   swipe next   >
Vocabulary of the day
do you know guhanura ?
kwiga none advise
Humor
 Imbaragasa yimye mu gitondo hanyuma ibarira umugabo iti nunshakire ingovyi y'umwana ngira ngo mvyare!
Learn Kirundi with Music & Lyrics
  "Ntibazi ico bakora"
by Bahaga
Abaryango bagakorana Ngo bashaka gukosha Umwana w'umukobwa Bwarakeye kabiri Arabamaramaza Ntiyashaka kugenda Kuri uyo mutama Angana se amuvyara Uyo murondo Bamugira igicibwa Nibaza...
Learn with the Bibiliya Yera
Ubu ni bwo butumwa twumvise buvuye kuri we tukabubabwira, yuko Imana ari umuco kandi ko muri yo hatari umwijima na muke. This is the message which we have heard from him and announce to you, that God is light, and in him is no darkness at all.
BCU Kirundi App on your mobile device

New: Download & install