kubangura (-ye)  v     1. to grasp in peparation to strike, 2. to prepare oneself to strike
kubangūra (-ye)  v     1. to diminish, 2. to relax, 3. to take another's place in watching
 kubangura : possible conjugation of:
kugura (-ze)  v     to trade, to buy and sell
kubangūranya (-nije)  v     1. to make peace, 2. to separate fighters
diminish    (vt) kugabanya, kugerura, kugereranya, gutūvya
(vi) kubangūra, kugabanuka, kugeruka, gutūba, kuyōka
fighter    umusīnzi
(to seperate ~s) kubangūranya, gutatūra
grasp    (to take hold of person) gushorerakw amaboko
(in preparation to strike) kubangura
make    kugira, kurema
(afraid) gutēra ubwōba
(a bed) gusāsa
(blunt) gufyīta
(bread) gucūmba
(clean) guhumānura
(clear, cause to understand) gutegereza
(crooked) kugoreka
(drunk) kuborēra
(effort) kwāndāra
(empty) kugaragaza
(equal in length or height) kurēsha
(excuses) kudendekanya, kudendekeranya, kuzāngazānga
(face over something that tastes bad) kunyinyirwa
(a fire) gucāna, gukongereza
(firm) kugumya
(fun of) kunegura
(fun of, esp. someone in trouble) kwīshinyira
(fun of, by recalling the good he has lost) gucurīra
(good) kuryōsha
(hedge) kuzitira
(hard for one who has lost a loved one, by reproaching the dead) kwītāmba ku muvyimba
(known) kwāndagaza, kwātura, kumenyēsha, kwāngāza, kwerura, kurānga, gukwīza, gukwīragiza, kwāmāmaza, guhishūra, guserura
(laugh, one that makes others laugh) akagūgu
(level) gusēna
(narrow) kwāza
(nest) kwārika
(noise, big) kwāsana, gusāma, kubomborana, kubugiriza
(oneself) kwīgīra
(others like you) kwīkūndiriza
(peace) kubangūranya
(perfect) gutūngānya, kwūzuza, kuroraniriza
(place) kubisa
(place for one another to pass) kubisīkanya
(progress) gutēra imbere, kuyoboza
(reparations) guhōnga, guhōngera
(restitution) kuriha
(sacrifice) gushikana
(sign) kugereraniriza
(smooth) gusēna
(straight) kugorōra, kurorānya
(tired) kurusha
(vow) gushīnga
(watering place) kugomera
(white) kwēza
peace    amahoro, impore, amarembe, ihūmure, ubutekanyi
(to make ~) kubangūranya
prepare    (to ~) gutegūra, guteganya, kuroraniriza
(food quickly for one) kuzina
(ground for sorghum) guhānda
(oneself to strike) kubangura
(a place for building) gutaba
(place for newborn baby) kubīkīra
(things for a trip) gutēkera
(to fight) gukenyera
(to go) kwīkora
(one who prepares for another) integūza
relax    kubangūra
separate    (vi) gukōndōka, kuvāna, gutandukāna, kuvāvānura, kubanduka, gutēranuka
(vt) kwāhukānya, gukumīra, gusobanura, gutānya, kumatūra, gutandukānya, gutēranūra, kuvangūra
(chain, vi) kudohōka
(sense of divorce) kwāhukāna
(fighters) kubangūranya, gutātūra
(go ~ ways) gutāna
(one from another) kuvāngūka
(oneself) kugabanuka
(shake down to ~ from dirt) gukebanya
strike    kubomboranya, gukoma, gukubita, kudoda
(against in order to knock down) gusita
(down and almost kill) kurabika
(one against the other, knees) gukomānya
(oneself) kwīkubita
(oneself in amazement) kwīshishītira
(sore place) gutomeka
(together) kubomborana
(thunder, lightning) guhūndagaza
(prepare oneself to, grasp in preparation to) kubangura
(to raise one's arm to) kubangurira
take    gufata, gucakīra, guhitana
(another's place in watching) kubangūra
(apart what has been stuck together) kumatūra
(authority on oneself) kurēngera
(away) gukūra, gushingūra, gutwāra
(away from) kwāka, kunyaga
(away completely) gukōmbōra, gutōngōra
(away with) kuvāna
(by force) kunyaga
(care of) kubungabunga, kwītwaririka
(care of, very good) kubukabuka
(case to chief or court) kubūranya
(case to chief, knowing one is right) gutara
(child in arms) kurera, gukīkira
(council together) guhūza ināma
(cows uphill) kurārūra
(down) kumanura
(down tent) gupāngūra
(everything for oneself) kwīgūngirako
(far away) kwāmbukana
(firm hold of) kubāngiriza
(from another) kwākīra
(from pocket or other concealed place) kugoborora
(here, take this) enda
(hold of) gufata
(hold of person) gusūmira, gushorerakw amaboko
(home) gutāhāna
(home object or cows after being away long time) kugishūra
(in one's arms) kugūmbīra, gukīkira
(mouthful) gutamira
(oath) kurahīra
(off clothes) kwīyambura
(off lid of basket) kurumūra
(out) gusokōra
(out of) gukūra, gusokorora, kugobōtora
(out of hole in ground what one has put there) kuzīkuruka
(outside) gusohora
(picture) gucapura (Sw.)
(place of another) kwākīra
(quickly) gutebūkana
(someone aside) kwīkebana
(someone to chief for trial or accusation) gushengeza
(something out to an appointed place) gusokorora
(to put away) kwāndūra
(to someone) gushīra
(to someone where he is) gusānza
(turns) kwākīrana, kwākīranwa, kuja imbu, gukūranwa
(up space) gutabarara
(walk) kugēndagēnda
(wife) kwābīra
(wife, without marrying her properly) gucīkiza
(with) kujāna
watching    (to take another's place in) kubangūra
place    (to) gushira
(to ~ here and there) gukwīragiza
(in order) gukirānura, kuringaniza, kurorānya
(facing each other) kurorānya
(objects together in irregular fashion, end for end) gucurikiranya
(obliquely) guhirika, gukīkama
(be placed obliquely) gukīka
(on) gushikiriza
(one thing above another) kugereka, kugerekeranya
(oneself) guherēra
(somewhere) gushiraho
(two things side by side, parallel) kubāngikanya
(to be placed wrong end to) gucurama
(to give place to each other) kubisīkanya
(to hold in) kugumya
(to leave a) gushingūka
(to make) kubisa
(to make for one another to pass) kubisīkanya
(to put a thing in its certain ~) gutereka
(to remain in ~ of another) gusigarira
(to stand in a certain ~ thus making ~ for another) kubisiriza
(to take the ~ of another) kwākīra
(to take the ~ of another watching) kubangūra
(to go from ~ to ~) kuyugayuga