<   swipe next   >
Vocabulary of the day
learn now umuganda
none urarizi bouquet ?
Humor
 Ikivumbura bagisekuye urubando mu rutwariro hanyuma naco kiravuga kiti imyaka itaha ukundi! Ako kabi jewe kuva aho nakavukiye sinari bwakabone!
Proverb of the day
Vyamugoye vy'umugabo yatsitaye amano hakoroka amatwi.
Learn with the Bibiliya Yera
nyamara dukomera umutima kandi ico turushaho gukunda ni ukwitandukanya n’uyu mubiri, kugira ngo twibanire n’Umwami wacu. We are courageous, I say, and are willing rather to be absent from the body, and to be at home with the Lord.
BCU Kirundi App on your mobile device

New: Download & install