gutāha (-she)  v     to go home, to leave
uk'umwaka utashe at the end of every year
gutāha ubukwe (-she)  phr     to go to wedding feast
gutāhana (-nye)  v     to go home together, to take home
go    kugenda, kwigira, kuja
(after) kugīra
(ahead a little) kwūnguruza
(all through a house) kuvōgera
(around) kuzunguruka, gukīkira, gukīkuza, kuzīngūka
(around difficulty) kuzunguruka umutego, gukikuza umutego
(around 'Robinhood's barn') gukingitiranya
(aside with someone to talk privately) kwīkebukana
(astray) kuzimira
(away secretly) kwīdohōra
(back and forth) kunyura
(back on what he said, make one) kurahuruza
(backward) kwītūtānya, kugēnda umugōngo
(backward inadvertently) gufūtānya
(beyond) kurēnga
(by car) kugēnda n'umuduga
(by boat) kugēnda n'ubwato
(by land rather than cross river or lake) guca i musozi
(carefully not knowing path) kwātīra
(elsewhere) kugerēra
(everywhere) gukwiragirana, guhetūra
(far away) kwāmbuka, guhaba
(for food) gusuma
(forward) gutēra imbere
(forward little by little) kwūngururuza, kwūnguruza
(forward steadily) kuramiriza
(for a walk) kugēndagēnda
(from one thing to another) kurārāta
(from place to place) kunyuragiza, kuyugayuga
(gaily) kudayadaya
(here and there, child) kurērēta
(home) gutāha, kuganūka
(home from work) kugodoka
(home, of wife when angry) kugēnda buje
(into danger without regard to oneself) kwīroha
(let's go!) hoji, hogi, tugende
(naked) gufurama, kugēnda amēnya, kugēnda gusa
(on tiptoe) kuyōmbōka
(out, fire, light) kuzima
(out to a certain place) gusokoroka
(outside) gusohoka
(to prepare to go) kwīkora
(quietly) kuyōmbōka
(rapidly) gukinagira
(reluctantly) kwīyumānganya
(right in path, animal) gutōta
(round) gukikuza
(secretly because of fear) kwōmba
(seperate ways) gutāna
(slowly) kugoyagoya
(slowly, of convalescent) kwāndāra
(softly) kuyōmbōka
(steadily forward) kuramiriza
(stealthily) kunyobanyoba, kwiyombayomba, kuyombayomba
(straight forward) gutūmbereza
(through a narrow pass) kunyegētera
(to bed) kuryāma
(to chief or superior for something) kwītwāra, gushengera, gushengerera
(to find food) gusuma
(to help another in his work) gusāsīra
(to meal uninvited) kwigemagema
(to meet) gusanganira, gutegēra
(together to produce food for guests) gutērēra
(together to see, crowd) gukōndōrera
(toward) kurora, kwerekera, kwerekeza
(uncertain of the way) guhushagirika
(uncertainly) kudāguza
(up, as hill) kudūga
(up in smoke) gupfūnduka
(walking, esp. at night) kwīkanya
(to wedding) gutāha ubukwe
(well, to cause to ~) kugēnza
(with) kwāmbukana, kujāna
home    (at ~) i muhira, imuhira
(at the ~ of) kwa
(at our ~) i wācu, iwācu
(at my ~) i wanyu, iwanyu
(at their ~) i wabo, iwabo
(to go ~) gutāha, kuganūka
(to go ~ from work) kugodoka
(to not stay at) guhugūmba
(to return to parent's ~ when angry at husband) kugēnda buje
(to take ~ objects, cows, after being away long time) kugishūra
leave    (to) guheba, kujījūka, kureka, gusiga, kugēnda, kuvaho, gutāha
(at, for) kurekera, gusigira
(abruptly) kwōnjorora
(behind) gusiga
(country) kwāmbuka, guhaba
(country because of famine) gusuhūka
(grass and stuff growing in kraal) gutongoza
(group and go by oneself) kujōnjōra
(inheritance) kuraga
(intention or place) gucungūra
(open) kurāngāza
(out) guhaza
(over) gusigaza
(place) gushingūka
(something with someone) kubītsa
(with) gusigarana
marriage    (wedding) ubukwe
(go-between for) umureshi
(to act as a go-between) kuresha
(to be accompanied to, as bride is) gushingīrwa
(to be attendant for) gushingīra
(to be paid for, for ~) gukōbwa
(to go to a wedding feast) gutāha ubukwe
(to take marriage vows) kuragana
take    gufata, gucakīra, guhitana
(another's place in watching) kubangūra
(apart what has been stuck together) kumatūra
(authority on oneself) kurēngera
(away) gukūra, gushingūra, gutwāra
(away from) kwāka, kunyaga
(away completely) gukōmbōra, gutōngōra
(away with) kuvāna
(by force) kunyaga
(care of) kubungabunga, kwītwaririka
(care of, very good) kubukabuka
(case to chief or court) kubūranya
(case to chief, knowing one is right) gutara
(child in arms) kurera, gukīkira
(council together) guhūza ināma
(cows uphill) kurārūra
(down) kumanura
(down tent) gupāngūra
(everything for oneself) kwīgūngirako
(far away) kwāmbukana
(firm hold of) kubāngiriza
(from another) kwākīra
(from pocket or other concealed place) kugoborora
(here, take this) enda
(hold of) gufata
(hold of person) gusūmira, gushorerakw amaboko
(home) gutāhāna
(home object or cows after being away long time) kugishūra
(in one's arms) kugūmbīra, gukīkira
(mouthful) gutamira
(oath) kurahīra
(off clothes) kwīyambura
(off lid of basket) kurumūra
(out) gusokōra
(out of) gukūra, gusokorora, kugobōtora
(out of hole in ground what one has put there) kuzīkuruka
(outside) gusohora
(picture) gucapura (Sw.)
(place of another) kwākīra
(quickly) gutebūkana
(someone aside) kwīkebana
(someone to chief for trial or accusation) gushengeza
(something out to an appointed place) gusokorora
(to put away) kwāndūra
(to someone) gushīra
(to someone where he is) gusānza
(turns) kwākīrana, kwākīranwa, kuja imbu, gukūranwa
(up space) gutabarara
(walk) kugēndagēnda
(wife) kwābīra
(wife, without marrying her properly) gucīkiza
(with) kujāna
wedding    ubukwe
(to be ~ attendant) gushīngira
(to go to ~ feast) gutāha ubukwe
 gutaha found in: Kirundi II (Grammar)
chapter 3   Conditional Sentences – “if”
 gutaha found in: Imigani (tales)
Umugani 18   Kwubaha