kwātira (-ye)     v     1. to choose leader, 2. to put bees in new hive, 3. to dedicate, 4. to ordain
kwātīra (-riye)     v     1. to go down the middle (e.g. of path or country), 2. to crack (vi, vt)
kwātīra (-ye)  v     to gulp down water, to gorge oneself
 kwatira : short form (without augment) of...
ukwātira  9     1. traditional initiation ceremony, 2. dedication, ordination, initiation
bee    uruyūki
(carpenter) imvūndēri
(to catch swarming bees) gutururuza
(to put in new hive) kwātira
(~ sting) urubōyi
(~ hive) igitiba
(bring down ~ hive) kwegura
(to put up ~ hive) kwegeka
choose    kugena, kurobānura, gutōra, gutōranya
(esp. in action) guhitamwo
(at random from group) kudōmbagiza
(leaders) kwātira
(one to sell a thing) gutōza
dedicate    kwātira, guhezagiza,
(lay hands on) kurambikakw ibigānza
go    kugenda, kwigira, kuja
(after) kugīra
(ahead a little) kwūnguruza
(all through a house) kuvōgera
(around) kuzunguruka, gukīkira, gukīkuza, kuzīngūka
(around difficulty) kuzunguruka umutego, gukikuza umutego
(around 'Robinhood's barn') gukingitiranya
(aside with someone to talk privately) kwīkebukana
(astray) kuzimira
(away secretly) kwīdohōra
(back and forth) kunyura
(back on what he said, make one) kurahuruza
(backward) kwītūtānya, kugēnda umugōngo
(backward inadvertently) gufūtānya
(beyond) kurēnga
(by car) kugēnda n'umuduga
(by boat) kugēnda n'ubwato
(by land rather than cross river or lake) guca i musozi
(carefully not knowing path) kwātīra
(elsewhere) kugerēra
(everywhere) gukwiragirana, guhetūra
(far away) kwāmbuka, guhaba
(for food) gusuma
(forward) gutēra imbere
(forward little by little) kwūngururuza, kwūnguruza
(forward steadily) kuramiriza
(for a walk) kugēndagēnda
(from one thing to another) kurārāta
(from place to place) kunyuragiza, kuyugayuga
(gaily) kudayadaya
(here and there, child) kurērēta
(home) gutāha, kuganūka
(home from work) kugodoka
(home, of wife when angry) kugēnda buje
(into danger without regard to oneself) kwīroha
(let's go!) hoji, hogi, tugende
(naked) gufurama, kugēnda amēnya, kugēnda gusa
(on tiptoe) kuyōmbōka
(out, fire, light) kuzima
(out to a certain place) gusokoroka
(outside) gusohoka
(to prepare to go) kwīkora
(quietly) kuyōmbōka
(rapidly) gukinagira
(reluctantly) kwīyumānganya
(right in path, animal) gutōta
(round) gukikuza
(secretly because of fear) kwōmba
(seperate ways) gutāna
(slowly) kugoyagoya
(slowly, of convalescent) kwāndāra
(softly) kuyōmbōka
(steadily forward) kuramiriza
(stealthily) kunyobanyoba, kwiyombayomba, kuyombayomba
(straight forward) gutūmbereza
(through a narrow pass) kunyegētera
(to bed) kuryāma
(to chief or superior for something) kwītwāra, gushengera, gushengerera
(to find food) gusuma
(to help another in his work) gusāsīra
(to meal uninvited) kwigemagema
(to meet) gusanganira, gutegēra
(together to produce food for guests) gutērēra
(together to see, crowd) gukōndōrera
(toward) kurora, kwerekera, kwerekeza
(uncertain of the way) guhushagirika
(uncertainly) kudāguza
(up, as hill) kudūga
(up in smoke) gupfūnduka
(walking, esp. at night) kwīkanya
(to wedding) gutāha ubukwe
(well, to cause to ~) kugēnza
(with) kwāmbukana, kujāna
gulp    (down) kurotsa
(down water) kwātīra
hive    (bee) igitiba
(to put bees in new) kwātira
initiation    (~ ceremony) ukwātira
leader    indōngōzi, umugabīsha, iremezo, umurōngōzi, umutegetsi
(to choose) kwātira
middle    amacāmbwa
(in the ~) hagati
(in the ~ of day) amashōka
(in the ~ of lake, river) idāmba, umutānga
(of lake, see, jungle) igezi
(to go down the ~ of path or country) kwātīra
ordain    kwātira, kurambikakw ibiganza
path    inzira, irāngo
(made by cows) umuhōra
(of water in heavy rain) umuvo
(wide) igihamo
(to go along right in, esp. animals) gutōta
(to go down the middle of) kwātīra
(to light the) kumurika
(to put on the right) guhubūra
(into rugo) umuharuro, umurombero
put    gushira
(away) kubīka, gushingūra
(away the harvest) kwīmbura
(away beans for a year) guhitiza
(away for a year, to be ~) guhitira
(away, for several years) guhitikirana, guhitirana
(away, to take to) kwāndūra
(back) gusubīza
(bees in new hive) kwātira
(down) guhwāmika
(down roughly) gusekura
(forth new leaves) kurēmba
(hand to face in gesture of surprise) kujorerwa
(handle on) gukwikira
(higher) gukiriza
(in certain place) kugabānyānya
(in order) kurorānya
(into water) kurobeza
(near fire to dry) gutara
(on clothes) kwāmbara, kwīyambika
(on nice smelling stuff) kwōsa
(off doing what one should) kwīrengagiza
(oneself above where he belongs) kwītāra
(out fire, light) kuzimya
(out great branches) gusagarara
(out in sun) kwānikira
(outside) gusohora
(right) gutūngānya
(skin of dead calf before cow to make her give milk) kwōrokēra
(something cool on burn) gupfuvya
(somewhere) gushiraho
(things together) kurementanya, gusorōranya
(to bed) kuryāmika
(together) kwegeraniriza, guhūza, gutororokanya, kwegeranya
(to one side) guherereza
(to sleep) gusinziriza
(to work) kwāhura
(up, e.g. arms) gutarika
(up bee hive) kwegeka
(wood on fire) gukomānya
(yeast in beer) kubetera
crack    (to ~, vi) kwātīra
(also vt), kwāturuka, kurara, gusāba, gusaduka
dedication    ukwātira