peace    amahoro, impore, amarembe, ihūmure, ubutekanyi
(to make ~) kubangūranya
En-En dictionary 
ihūmure     3  class 3
singular: i-,in-
  
comfort, peace
amahoro    5    peace, (typical greeting: n'amahoro)
amarembe    5    1. peace, 2. tranquility (greeting: n'amarembe)
impore (im-)     3  class 3
singular: i-,in-
plural: i-,in-
  
peace
kubangūranya (-bangūranije)     v    1. to make peace, 2. to separate fighters
n'amahoro   phr    1. it it peace? is all well? (as question), 2. it is peace! it's all well! (as answer)
n'amarembe   phr    it is peace! it's all well! (as answer to question n'amahoro)
nyabuhoro   5  class 5
singular: i-,iri-
  
traditional sacred "dispenser of peace" drum
ubutēkānyi     8  class 8
singular: ubu-
  
(no pl.) peace, calm, quiet
drum    ingoma
(sacred royal ~) karyenda
(sacred ~ ”for whom one ploughs”) murimirwa
(sacred ~ ”for whom one clears brush”) ruciteme
(sacred ~ accompanying the king) rukinzo
(sacred ~ ”dispenser of peace”) nyabuhoro
(sacred ~ ”lady of the land”) inakigabiro
(to beat ~) kuvuza
(to beat continuously, thus setting time for others beating) gusāsīra
(stick for beating ~) umurisho, umukembe
En-En dictionary 
make    kugira, kurema
(afraid) gutēra ubwōba
(a bed) gusāsa
(blunt) gufyīta
(bread) gucūmba
(clean) guhumānura
(clear, cause to understand) gutegereza
(crooked) kugoreka
(drunk) kuborēra
(effort) kwāndāra
(empty) kugaragaza
(equal in length or height) kurēsha
(excuses) kudendekanya, kudendekeranya, kuzāngazānga
(face over something that tastes bad) kunyinyirwa
(a fire) gucāna, gukongereza
(firm) kugumya
(fun of) kunegura
(fun of, esp. someone in trouble) kwīshinyira
(fun of, by recalling the good he has lost) gucurīra
(good) kuryōsha
(hedge) kuzitira
(hard for one who has lost a loved one, by reproaching the dead) kwītāmba ku muvyimba
(known) kwāndagaza, kwātura, kumenyēsha, kwāngāza, kwerura, kurānga, gukwīza, gukwīragiza, kwāmāmaza, guhishūra, guserura
(laugh, one that makes others laugh) akagūgu
(level) gusēna
(narrow) kwāza
(nest) kwārika
(noise, big) kwāsana, gusāma, kubomborana, kubugiriza
(oneself) kwīgīra
(others like you) kwīkūndiriza
(peace) kubangūranya
(perfect) gutūngānya, kwūzuza, kuroraniriza
(place) kubisa
(place for one another to pass) kubisīkanya
(progress) gutēra imbere, kuyoboza
(reparations) guhōnga, guhōngera
(restitution) kuriha
(sacrifice) gushikana
(sign) kugereraniriza
(smooth) gusēna
(straight) kugorōra, kurorānya
(tired) kurusha
(vow) gushīnga
(watering place) kugomera
(white) kwēza
En-En dictionary 
 peace found in: Kirundi I (Study lessons)
lesson 27   Class 8 ubu–, ama–
lesson 30   Review 21 - 29
lesson 46   Adjective Chart
lesson 48   Personal Pronouns
lesson 57   Object Pronouns I
lesson 64   Stative Voice
 peace found in: Imyibutsa (proverbs)
Umwibutsa 33   Ahari amahoro umuhoro uramwa....