nest    icāri
(to make) kwārika
En-En dictionary 
tear    (vi) gucīka, kumānyuruka, gutabuka, gutantamuka
(vt) gutabura, gutantamura
(along, water, rain) gusūriranya
(away) gushikura
(big hole, vi) kumānyuka
(big rip, vi) kumwanyuruka
(clothes, vt) gukākagura
(clothes in anger) gukākura, kumwāga
(down) guhenura, guhomvora, guhonyora, gusambūra, gusangangura
(down nest) kwāruza
(in pieces) gutabagura
En-En dictionary 
kwārūza (-ārūje)     v    to tear down nest
kwārika (-āritse)     v    to make a nest
guheranira (-heraniye)     v    1. to refuse to pay loan, 2. be dishonest
gukoma ibōbo   phr    to beg earnestly
gushira igikonyo (-shize)   phr    to work with zeal, earnestness
ibōbo (ama-)     5  class 5
singular: i-,iri-
plural: ama-
  
beseeching
gukoma ibōbo to beg earnestly
icāri (ivy-)     4  class 4
singular: iki-,ic-
plural: ibi-,ivy-
  
nest
ifuhe     3  class 3
singular: i-,in-
  
(no pl.) earnestness to accomplish
igihūmbu (ibi-)     4  class 4
singular: iki-,ic-
plural: ibi-,ivy-
  
1. illegitimate child, 2. dishonest person, 3. untrustworthy, unwise, 4. one who won't stay home, vagabond, gadabout
imvugakuri (im-  3  class 3
singular: i-,in-
plural: i-,in-
  
someone speaking the truth, an honest person
imvūmūre (im-  3  class 3
singular: i-,in-
plural: i-,in-
  
one who has lost everything in trial, one who begs earnestly but doesn't get it
inyankamugayo     3  class 3
singular: i-,in-
  
(no pl.) 1. honesty, 2. righteousness, 3. blamelessness, 4. integrity
kubobōta (-bobōse)     v    to plead earnestly for something
kugūnga (-gūnze)     v    1. to be dishonest, 2. to cheat, deceive, 3. refuse to give another his own
kuvugīsha ukuri (-vugīshije)   phr    to be honest, to cause to speak the truth
kuzigiriza (-zigirije)   v    to earnestly persist in asking for something, to surround animals or person hunted
kwītwaririka (-ītwariritse)     v    1. to be eager, earnest, zealous, persistent, 2. to take care of, be concerned about
kwītwaririkira (-ītwaririkiye)     v    to be earnest, etc. about
ubugūnge     8  class 8
singular: ubu-
  
(no pl.) 1. dishonesty, 2. deceitfulness, 3. selfishness
ubwīra     8  class 8
singular: ubu-
  
(no pl.) 1. twilight, 2. earnestness at a task
umwēte     2  class 2
singular: umu-
  
(no pl.) 1. zeal, earnestness, enthusiasm, 2. activity, 3. application
accomplish    (be zealous to) gufūhira
(earnestness) ifūhe
(to finish) guheraheza
(not quit without accomplishing a certain thing) gushirwa
(to be accomplished) kurangūka
En-En dictionary 
asking    (earnestly persist in ~ for something) kuzigiriza
(one who is always ~ for things) umusabisabi
En-En dictionary 
beg    kwīngīnga, gusaba, gusēga
(continually) gukōra, gukōza, gusabiriza
(earnestly) gukomba ibōbo
(for beer) kuvūmba
(habitually) gusegerereza
En-En dictionary 
beggar    umusēzi, umusabisabi
(one who begs earnestly but doesn't get it) imvūmūre
En-En dictionary 
dishonest    (to be) kugūnga, guheranira
(person) igihūmbu
En-En dictionary 
earnest    (to be) kwītwaririka
En-En dictionary 
make    kugira, kurema
(afraid) gutēra ubwōba
(a bed) gusāsa
(blunt) gufyīta
(bread) gucūmba
(clean) guhumānura
(clear, cause to understand) gutegereza
(crooked) kugoreka
(drunk) kuborēra
(effort) kwāndāra
(empty) kugaragaza
(equal in length or height) kurēsha
(excuses) kudendekanya, kudendekeranya, kuzāngazānga
(face over something that tastes bad) kunyinyirwa
(a fire) gucāna, gukongereza
(firm) kugumya
(fun of) kunegura
(fun of, esp. someone in trouble) kwīshinyira
(fun of, by recalling the good he has lost) gucurīra
(good) kuryōsha
(hedge) kuzitira
(hard for one who has lost a loved one, by reproaching the dead) kwītāmba ku muvyimba
(known) kwāndagaza, kwātura, kumenyēsha, kwāngāza, kwerura, kurānga, gukwīza, gukwīragiza, kwāmāmaza, guhishūra, guserura
(laugh, one that makes others laugh) akagūgu
(level) gusēna
(narrow) kwāza
(nest) kwārika
(noise, big) kwāsana, gusāma, kubomborana, kubugiriza
(oneself) kwīgīra
(others like you) kwīkūndiriza
(peace) kubangūranya
(perfect) gutūngānya, kwūzuza, kuroraniriza
(place) kubisa
(place for one another to pass) kubisīkanya
(progress) gutēra imbere, kuyoboza
(reparations) guhōnga, guhōngera
(restitution) kuriha
(sacrifice) gushikana
(sign) kugereraniriza
(smooth) gusēna
(straight) kugorōra, kurorānya
(tired) kurusha
(vow) gushīnga
(watering place) kugomera
(white) kwēza
En-En dictionary 
plead    (a cause) kubūrana
(earnestly for something) kubobōta
(with) kugōbēra
En-En dictionary 
person    umuntu
(bad) umubi
(Black or African) umwirabura
(cross) ibāmba
(courageous) intwāri
(dedicated to Kiranga) igihwēba, igishegu
(dishonest) igihūmbu
(elderly) umusāza
(fearful) igihumura
(from far away) umunyankīko
(good, kind, just, holy, righteous) umwerānda
(grammar, ~ of verb) umuvugwa
(handsome) umuhizi
(hard to get along with) ikigoryi
(harsh) umuhāmbāzi
(honest, speaking truth) imvugakuri, umunyakuri
(honorable) umupfāsoni, umwūbahwa, nyakubahwa
(intelligent, skilled, eloquent) umuhānga
(kind and charitable) umukūndanyi
(lovable) umunyagikūndiro
(malformed) ikirema
(mean and quarrelsome) ikijōra
(meek) umugwanēza
(merciful) umunyembabazi
(miserable) umugōrwa
(of high rank, noble character) umupfāsoni
(of nice disposition) ikirende
(one by himself) inyakamwe
(sharp) inkazi
(skillful) umuntu w'inkuba, umugesera
(strong) umunyenkomezi
(stubborn) intakonywa, intābwīrwa
(tall, fat) ikigwīnyīra
(weak) umugoyigoyi, urudēndevu
(white) umuzungu, umwera
(who is great, severe, wise) akaranda
(with many children) umurēngera
(worthy of praise or love) umunyagikūndiro
En-En dictionary 
work    (to ~) gukora
(at several tasks at once) kujuragira
(carelessly wanting to quit) kuregarega
(complainingly) kugimīra
(for king, chief) gusasa ibwāmi
(for oneself) kwīkorera
(hard) gucumukura, gutama
(hard at) kuramiriza
(lazily) kuregarega
(rapidly) gufuruguta
(together) gukorana
(unwillingly, complainingly) kunyinkira, kugimīra
(with earnestness) gushira igikonyo
(with wood) kubāza
(with zeal) gushira igikonyo
(to cease, go home from) kugodoka
(to ~ for another without approval) kuruhira
(to do housework) kugora
(to feign) gushaza
(to put to) kwāhura
(to not keep at the job faithfully) gutenzekanya
(to try to get out of, pretend to work) gushaza
(to have ~ in one place many years) kuzyātira
En-En dictionary 
honest    (to be) kuvugīsha ukuri
(~ person) imvugakuri
En-En dictionary