<   swipe next   >
Vocabulary of the day
learn now ubwoko
none urarizi breed ?
Humor
 Ikivumbura bagisekuye urubando mu rutwariro hanyuma naco kiravuga kiti imyaka itaha ukundi! Ako kabi jewe kuva aho nakavukiye sinari bwakabone!
Proverb of the day
 Burira ntibutera ku mpeshi.
The night does not last until the good season.
Umugani: Icete c'akarorero
Ndakurungikiye iki cete kugira ngo nkwiganire neza ivyo dukora mw ishuri n’ibindi bimwe-bimwe bir’ino. Umwigisha wacu atwigisha kwandika neza ...
BCU Kirundi App on your mobile device

New: Download & install