kugabanuka (-tse)     v     1. to diminish, to reduce, 2. to be weak, 3. to separate oneself
decrease    (vi) gukama, kugabanuka, kugeruka
En-En dictionary 
diminish    (vt) kugabanya, kugerura, kugereranya, gutūvya
(vi) kubangūra, kugabanuka, kugeruka, gutūba, kuyōka
En-En dictionary 
reduce    (~ swelling, vi) kuvyīmbūka
(vt) kuvyīmbūra
(diminish) kugabanuka
(to ~ price) kugabanya
En-En dictionary 
separate    (vi) gukōndōka, kuvāna, gutandukāna, kuvāvānura, kubanduka, gutēranuka
(vt) kwāhukānya, gukumīra, gusobanura, gutānya, kumatūra, gutandukānya, gutēranūra, kuvangūra
(chain, vi) kudohōka
(sense of divorce) kwāhukāna
(fighters) kubangūranya, gutātūra
(go ~ ways) gutāna
(one from another) kuvāngūka
(oneself) kugabanuka
(shake down to ~ from dirt) gukebanya
En-En dictionary 
weak    (person) umugoyigoyi
(~ and faltering person) urudēndevu
(place, as scar, on skins or gourds) umuguma
(something that appears to be strong but is ~) igihōmbe
(to be ~) kudendebukirwa, kugabanuka, kugira intege, kugoyagoya, kumugara
(to be ~ and floppy) kuregarega
En-En dictionary