ishāka (ama-)     5  class 5
singular: i-,iri-
plural: ama-
  
1. desire, 2. zeal
 ishaka : Prefixless Present 2.class plural of:
gushāka (-shātse)     v    1. to want, 2. to like, 3. to search
desire    ishāka
(for certain food) ināmbu
(strong) igishika, icīfuzo
(to ~) kugōmba, gushāka, kwīfūza
(to ~ for) kwīfūriza
En-En dictionary 
zeal    umwēte, umwītwaririko, ishāka, ifūhe
(to have) gushiruka umwete, gushira igikonyo
(to lose one's) kudehūra
En-En dictionary 
sorghum    ihūndo, amasāka, amahonda
(plant) umuyānge
(sprout) ikirōnge
(stalk) igishakashaka
(to prepare ground for) guhānda
En-En dictionary 
 ishaka found in: Imigani (tales)
Umugani 21   Umuserebanyi n'imvuvyi
 ishaka found in: Imyibutsa (proverbs)
Umwibutsa 192   Imbwa ntigutwengera iba ishaka...
Umwibutsa 271   Ishaka rirakura ntirisumba umugenyi....