ināma (i-)  3     1. meeting, council 2. advice, consultation, counsel, 3. agreement, 4. suggestion
guhūza inama (-je)  phr     to take council together
advice    ināma, ingīngo
(to seek) kugīsha
advise    guhanūra, guhubūra, kugira ināma
agreement    igikumu, ināma
(contract) isezerano
(gutēra igikumu)
(to be in) kubwiririkanya, guhwāna, gutātūka
(to reach an) gutegēranya
council    ināma, urukīnja
(in center of) ikōmbe
counsel    ināma, ingīngo
(one who gives) umuhanūzi
(to reject) gusaragurika
(to take) guhūza ināma
meeting    igikorane, igikoraniro, itēraniro, ināma
(~ place) ihūriro
take    gufata, gucakīra, guhitana
(another's place in watching) kubangūra
(apart what has been stuck together) kumatūra
(authority on oneself) kurēngera
(away) gukūra, gushingūra, gutwāra
(away from) kwāka, kunyaga
(away completely) gukōmbōra, gutōngōra
(away with) kuvāna
(by force) kunyaga
(care of) kubungabunga, kwītwaririka
(care of, very good) kubukabuka
(case to chief or court) kubūranya
(case to chief, knowing one is right) gutara
(child in arms) kurera, gukīkira
(council together) guhūza ināma
(cows uphill) kurārūra
(down) kumanura
(down tent) gupāngūra
(everything for oneself) kwīgūngirako
(far away) kwāmbukana
(firm hold of) kubāngiriza
(from another) kwākīra
(from pocket or other concealed place) kugoborora
(here, take this) enda
(hold of) gufata
(hold of person) gusūmira, gushorerakw amaboko
(home) gutāhāna
(home object or cows after being away long time) kugishūra
(in one's arms) kugūmbīra, gukīkira
(mouthful) gutamira
(oath) kurahīra
(off clothes) kwīyambura
(off lid of basket) kurumūra
(out) gusokōra
(out of) gukūra, gusokorora, kugobōtora
(out of hole in ground what one has put there) kuzīkuruka
(outside) gusohora
(picture) gucapura (Sw.)
(place of another) kwākīra
(quickly) gutebūkana
(someone aside) kwīkebana
(someone to chief for trial or accusation) gushengeza
(something out to an appointed place) gusokorora
(to put away) kwāndūra
(to someone) gushīra
(to someone where he is) gusānza
(turns) kwākīrana, kwākīranwa, kuja imbu, gukūranwa
(up space) gutabarara
(walk) kugēndagēnda
(wife) kwābīra
(wife, without marrying her properly) gucīkiza
(with) kujāna
suggestion    ināma
 inama found in: Kirundi I (Study lessons)
lesson 97   Adjective –he?
 inama found in: Imyibutsa (proverbs)
Umwibutsa 47   Umutwe umwe ntiwigira inama...
Umwibutsa 141   Ibitagira inama ntibigira Imana....
Umwibutsa 142   Ibigiye inama bigira Imana....
Umwibutsa 213   Inamarara ntaja mu nyama....