guhana (-hannye)     v    1. to punish, 2. rebuke, 3. scold
guhāna (-hānye)     v    to give to each other (from guha)
 guhana : possible reciprocative of...
guha (-haye)     v    1. to give, to give to, 2. to provide
guhanama (-hanamye)     v    to be above
guhanagura (-hanaguye)     v    to wipe off
guhanaguza (-hanaguje)     v    to cause to wipe, wipe with
guhanahana (-hanahanye)     v    to punish repeatedly
guhānahāna (-hānahānye)     v    to give often to each other
guhanagurwa (-hanaguwe)     v    to be wiped
guhanantuka (-hanantutse)   v    to fall from high above
guhānayāmbu     v    (Sw.) to shake hands
guhanagurira (-hanaguriye)     v    to wipe for, at
above    hejuru
(to be) guhanama
(to be in excess) gusāguka
En-En dictionary 
fall    kugwa, gutēmba
(accidentally on spear and be injured) gushōka
(and hurt oneself) kunywāguka
(and skin oneself) gukungagurika
(before) kwikubita imbere
(down) kwikubita hasi, kwītēmbagaza
(down, as branches blown down) gukoragurika
(down, as house) guhenuka, guhomyoka, gusambūka, gusēnyuka, gusituka
(down continually or in abundance) gukoragurika
(down together, usually in fright) guhindikirana
(down from above) kweguka, gukoroka, gushunguruka, gutibuka
(from high above) guhanantuka
(from stalk) guhūnguka
(heavily, rain) kuzibiranya
(in cascade) gushunguruka, gusūma
(in, cause to) gusitura
(in love) kubēnguka
(into water or food) kudibuka
(not fall, rain) gutara
(to the ground) guhūndagara
(with) gukorokana
(with a din) guhongoroka
(to cause to fall) kugwisha, gukungagura, gutēmvya
(to cause to fall down) guhenura, gusēnyura, gukorora
(let fall drop by drop) gutōnyāngiriza
En-En dictionary 
give    guha, guhēsha, gutānga
(back) gusubīza
(back cow, calf to one from whom one received a cow) kwōkōra
(birth) kuvyāra
(birth, cow about to ~) kudigiriza
(cow a second time to one who has brought many gifts) guhetera inkoni
(example) kugereraniriza, guha akarorero
(gift to bride so she will talk) guhorōra
(give me...) mpa
(good measure) kunengesēreza
(in to) kurōnsa
(information) kurangīra
(life to) kubēshaho
(more) kwongera, kwongeza
(oneself to) kwīhāmbīra
(oneself to service of Kiranga) kubāndwa, kuvōvōta
(over a possession) kwegura
(penuriously) kuzirukanya
(pledge or security) kugwatiriza
(present) kugabira
(refuse to) kwīma
(refuse to ~ another his own) kugūnga, kwīmana
(sacrifice) gushikana
(someone a hand) gusahiriza
(someone a heavy load) kuremēka
(to) guha, guhēra, guhēreza, kurōnsa, gushikiriza
(to each other) guhāna
(to each other often) guhānahāna
(to one whose house has burned) gusuhūza
(talk) kugamba
(up everything) kwīgura
(warm welcome, one does not say it of himself) gukēra
En-En dictionary 
punish    guhana
(by death on the spot) kwīciraho
(repeatedly) guhanahana
En-En dictionary 
rag    igihanaguzo, igitāmbara co guhanagura
En-En dictionary 
rebuke    guhana, gukankamira
En-En dictionary 
scold    guhana, gukangīra, gusīndira, gutāta, gukankamira, gutonganya
(vehemently) guhāririza, guhahiriza
En-En dictionary 
shake    (vi) kudēgedwa, kudēgemwa, guhīnda agashitsi, kunyoganyoga
(vt) gukunkumura
(as earth) kunyiganyiga, gutigita
(down to seperate from dirt) gukebanya
(down as when measuring) kunyīngisha
(hands) guhānayāmbo
(hands with) gukorana mu minwe na
(in the wind) guhuzēnwa
(one's head in anger or disgust) kuzūnguza umutwe
En-En dictionary 
wipe    guhanagura, gukēmūra, gupānga (Sw.)
(esp. mother, wiping baby) guheha
(child's nose) kumyīra
(one's nose) kwīmyīra
(out) gusangangura
En-En dictionary 
 guhana found in: Kirundi I (Study lessons)
lesson 57   Object Pronouns I
lesson 88   Demonstrative Adjectives III