ubūgi   8  class 8
singular: ubu-
  
(no pl.) edge of sword, knife, etc.
ubugi   8  class 8
singular: ubu-
  
tiny egg
ubugīngo     8  class 8
singular: ubu-
  
(no pl.) 1. life, 2. soul
edge    imbiga, urubiga, inkombe
(of sword, knife) ubūgi
(of cloth) umusozo w'impuzu
En-En dictionary 
egg    irigi, igi
(boiled) uburyo bwo guteka irigi mu mazi ntirishe nēza
(fried) ijisho ry'irigi
(hard-boiled) irigi ritetse mu mazi
(shell) ikibarara
(tiny) ubugi
(to lay ~) guta amagi
En-En dictionary 
hinder    kubuza, gutangīra, guteba, gutēsha
(from harming another) kuzina
(from hearing) kubugiriza
(to try to ~ from doing wrong) guhōyahōya
En-En dictionary 
knife edge   ubūgi
En-En dictionary 
life    ubugīngo, ubuzima, ukubaho
(years of one's) amavūka
(to give ~ to) kubēshaho
(to regain) guhembūka
En-En dictionary 
make    kugira, kurema
(afraid) gutēra ubwōba
(a bed) gusāsa
(blunt) gufyīta
(bread) gucūmba
(clean) guhumānura
(clear, cause to understand) gutegereza
(crooked) kugoreka
(drunk) kuborēra
(effort) kwāndāra
(empty) kugaragaza
(equal in length or height) kurēsha
(excuses) kudendekanya, kudendekeranya, kuzāngazānga
(face over something that tastes bad) kunyinyirwa
(a fire) gucāna, gukongereza
(firm) kugumya
(fun of) kunegura
(fun of, esp. someone in trouble) kwīshinyira
(fun of, by recalling the good he has lost) gucurīra
(good) kuryōsha
(hedge) kuzitira
(hard for one who has lost a loved one, by reproaching the dead) kwītāmba ku muvyimba
(known) kwāndagaza, kwātura, kumenyēsha, kwāngāza, kwerura, kurānga, gukwīza, gukwīragiza, kwāmāmaza, guhishūra, guserura
(laugh, one that makes others laugh) akagūgu
(level) gusēna
(narrow) kwāza
(nest) kwārika
(noise, big) kwāsana, gusāma, kubomborana, kubugiriza
(oneself) kwīgīra
(others like you) kwīkūndiriza
(peace) kubangūranya
(perfect) gutūngānya, kwūzuza, kuroraniriza
(place) kubisa
(place for one another to pass) kubisīkanya
(progress) gutēra imbere, kuyoboza
(reparations) guhōnga, guhōngera
(restitution) kuriha
(sacrifice) gushikana
(sign) kugereraniriza
(smooth) gusēna
(straight) kugorōra, kurorānya
(tired) kurusha
(vow) gushīnga
(watering place) kugomera
(white) kwēza
En-En dictionary 
noise    urwamo
(loud, frightening) umuturagaro
(esp. of battle or strife) umuvurungano
(of earthquake, or approaching storm) umugigimo
(of rain, thunder) umuhīndo
(of wind, rain, running feet, etc.) igihīnda
(to make a big) kwāsana, kubomborana, kubugiriza, gusāma
(to make a lot) kuvurungana, kuyogora
(to make a loud frightening) guturagara
En-En dictionary 
sword    inkōta
(edge of) ubūgi
En-En dictionary 
soul    roho, ubugīngo
En-En dictionary 
 ubugi found in: Imyibutsa (proverbs)
Umwibutsa 35   Ubugirirgiri bugira babiri....