kwīruka (-īrutse)     v    1. to run, to hurry, 2. to have diarrhea
kwirukana (-irukanye)   v    1. to fire (from job), 2. to throw out (of the house)
kwīrukana (-īrukanye)     v    1. to chase away, 2. to run together
kwīrukanwa (-īrukanywe)     v    to be chased away
kwīrukānga (-īrukānze)     v    to run very fast
chase    (away with shouts) kwāmira
(away) guhīnda, kwīrukana, gukinagiza, kwāmbutsa
(away because of hatred) gutuza
(away evil spirits) gusēnda
(flies off cows) kuzīnga
(hunt) guhīga
(others out of house) guturumbura
(out quickly) guhasha
En-En dictionary 
diarrhea    ugucibwamwo, uguhitwa, ugucisha epfo, ako mu nda
(to give) guhita
(to have) gucībwamwo, guhitwa, kudodomwa, kwīruka, gushuruza
(to stop) gufutīsha
(to recover from) gufuta
En-En dictionary 
dismiss    gusēzera, kwirukana
En-En dictionary 
fire    umuriro
(bit of) umucānwa
(built for cows) icōtero
(made in enclosure for animals) igicāniro
(to blow the) kwātsa
(to destroy by) kuyigiza
(to extinguish) kuzimya
(to go out) kuzima
(to keep ~ going) gucānira
(to light) kudomeka
(to make, start, build) gucāna, gukongereza
(to put out) kuzimya
(to put wood on ~) gukomānya
(to set ~ to) guturira
(to fire from job, dismiss, throw out of house) kwirukana
(altar fire) igicāniro
En-En dictionary 
have    –fise, kugira, gutūnga
(absolutely all one wants, and to be a bit showy about it) kunyananyaya
(abundance) kudibama, guhīmba
(always) guhorana
(bad habits, having had good) gufūtāna
(diarrhea) gucībwamwo, guhitwa, kudodomwa, kwīruka, gushuruza
(done recently) guherūka
(fellowship) gufatanya
(fellowship with) gucudika
(fever) kurwara inyonko
(for) –fitiye
(friendhsip with) gucudika
(holes from rust) kunyengetērwa
(much, may be even lots of debts or trouble) kuroranirwa
(pain) kubabara
(sex) kuryamana, kwenda, kurongorana, kurya umwana
(sloping sides, like soup dish) gufukūra
(speech impediment) kugobwa
(things in common) kubūngirana
(to ~ to) kurīnda, –kwīye
En-En dictionary 
hurry    kwīhūta, kwīruka, gukovya, gukōkōbereza, gukwākwānya, kunyānyasa, kunyaragasa, kunyaruka, gushibuka
(of child only) kudirigiza
(to go) kubāndānya
(to go and return) gutebūka
(along, as cows to better pasture, or child stumbling after something he wants) kurārāta
(to be in a ~) gufuruguta
(to do in a ~) kubanguka
(to not be in a ~) kwītōnda
En-En dictionary 
run    kwīruka
(as water) gutēmba
(down hill) gukoragurika
(to jump up and run quickly) kwūbuka
(like a little child) kudiririmba
(out bit by bit till all is gone) gushīrīra
(out to see something, usually of a crowd) gushwabāduka
(over) gusēsekara
(very fast) kwīrukānga, gushīnga amano
(to lean forward preparing to run) gutuna
En-En dictionary 
 kwiruka found in: Kirundi I (Study lessons)
lesson 107   Associative Verbs
 kwiruka found in: Imyibutsa (proverbs)
Umwibutsa 565   Wanka kwiruka ukagwira ubusa....