kwirora (-ye)  v     to look at
look    (evil) igitsūre
(all about) kuraraguza
(around on all sides) kweraguza, gukebaguza
(at) kurāba, kurereka, kurora, kwirora
(at carefully) guhwēba, kwīhwēza
(at hastily) kurangaguza
(at in wonder) gusamāra
(at intently) kwīhwēza, kwītegereza
(look at me!) kundāba
(at one thing after another, many things) kurābarāba
(at oneself) kwīrāba
(at repeatedly) gukanaguza
(at without paying attention) gusamāra
(at with disapproval) kurāba igitsūre
(behind) gukebuka
(carefully to see if anyone is there) gukengūza
(down, to make another) kwūnamika, kwūnamīsha
(for) kurereka, kurondera
(esp. to feel around) gukabakaba
(for a fault in one another) kugenzanya
(from side to side trying to see everything) kurunguruka
(in the face, to be unwilling to) kwīyobagiza
(like) gushusha
(over, in prospect of buying) kugaragura
(straight up) kurarama
(through) gusesa
(towards) kwerekera, gutūmbēra
(up) gukanura, kurangamiza, kurangamira, kuraramura