kudohōka (-tse)     v     1. to come apart (e.g. chains), 2. to escape, 3. to get thin
become    kuba, gucīka, kumēra
(good again, having been bad) gufutānuka
(known) kwāmāmara, guhishūka
(thin) kudohōka, kugeruka, kwōnda, kwīfūtānya, kuyōka
(thinner) gufūtānya
(very thin) kugōgōra, kunohorwa
come    kūza
(all together suddenly) kurandamuka
(apart) gushānyūka, kudohōka
(to come at) (time) kuzīra
(to do something) guherūka
(to an end) guhenebēra, guhera, kunyika
(be coming to an end) guherengetera
(down) kumanuka, kumanuza, kwūruruka
(from) kwāduka, kwānduruka, gukomoka, guturuka, kuva, kuvuduka
(to greet often when one is in disfavour in hopes of gaining favour) kuneganega
(~ here) ingo, ngo, ngwino
(into sight) kurēnguka
(to light) guhinyuka, kwāndagara
(one by one) gutororokanya, gutēraterana
(out, teeth, hoe handle, etc.) guhongoka
(out, stake) gushingūka
(out of water) kwōgorora
(suddenly) guturūmbuka
(to, after fainting) guhembūka
(to pieces) gusambūka
(to the throne) kwīma ku ngoma
(together, crowd) gukungēra
(unexpectedly) kwubīra
(unsewn) gusonoroka (Sw.)
(untied) kubohōka, gupfunduka
(up of itself) kwimeza
(up out of water) kwiburuka
(up thickly, thus not do well) gusorora
(upon suddenly) kwūbuka
(when called) kurabuka
(with) kuzanana
escape    (narrow) agahēngekezo
(to ~) kudohōka, gucīka, gutoroka, kuzibukīra
(to barely ~ an accident) guhakwa, kwēnda
(the memory) kuzīnda
(to secretly help someone to ~ by taking his things for him) kunyuruza
separate    (vi) gukōndōka, kuvāna, gutandukāna, kuvāvānura, kubanduka, gutēranuka
(vt) kwāhukānya, gukumīra, gusobanura, gutānya, kumatūra, gutandukānya, gutēranūra, kuvangūra
(chain, vi) kudohōka
(sense of divorce) kwāhukāna
(fighters) kubangūranya, gutātūra
(go ~ ways) gutāna
(one from another) kuvāngūka
(oneself) kugabanuka
(shake down to ~ from dirt) gukebanya
thin    -to, -tō-to, -toya, -tonya
(person who gets ~ gradually) umunywera
(to be, from hunger, bones show) kugōberwa
(to become) kudohōka, kugeruka, kunohoka, kwōnda, kuyōka, kwīfūtānya
(to become from work or worry) kunohorwa, kugōgōra
(to get very) kugōgōra
(to ~ out plants) kwānkanya