gutenzukirwa (-we)  v     to begin to feel better after being ill
disease    indwāra
(AIDS) sida
(billharcia) birariziyoze
(boil, abscess) igihute
(burn) ubushe
(bronchitis) indwara yo mu mahaha
(chicken pox) ibihara, agasāma
(diarrhea) ugucibwamwo, uguhitwa, ugucisha epfo
(elephantiasis) imisozi
(epilepsy) intandara
(eyes: certain kind of conjunctivitis) uburire
(fever) inyonko
(goiter) umwīngo
(gonorrhea) igisokoro
(leprosy) imibēmbe
(malaria) marariya, inyonko
(meningitis) umugiga
(mole) isunūnu
(mumps) amasambambwika
(pleurisy) umusōnga
(pneumonia) umusōnga
(recurrent fever) kimputo (Sw.)
(rheum, disease of eyes) ururire
(rheumatism) amakonyera, imisozi, imikuku
(smallpox) akarānda
(sore, little) akarōnda
(syphilis) agashāngāra
(tick fever) kimputo (Sw.)
(typhus) tifusi
(tuberculosis) igitūntu, agatūntu
(ulcer) igikomere
(ulcer, bad) igisebe
(ulcer, pain from tropical) igitema
(wart) isunūnu, intongāngira
(whooping cough) akānira, inkorora y'akanira
(yaws) ibinyoro
(cause of ~ something supposed to be in person making him sick) ibitēga
(person sick with wasting ~) umunywera
(to be a contagious ~) kwāndukira
(to catch contagious ~) kwāndura, kwāndukirwa
(to transmit) kwāndukiza
(to have an incurable ~) kugīrīra
(to improve, begin to feel better) gutenzukirwa
feel    kwūmva
(around for) gukabakaba
(to begin to ~ better after being ill) gutenzukirwa
(to cause to ~ badly) gusurira
(faint) kuyāmīra
(joy, positive emotions) kuryōherwa
(to make another ~ badly over what he's done) gutēteka
(to not ~ anything) gutimba
(of) gukorakora
(pain) kubabara
(sad) gutunturirwa
(the way) guhwihwisha, kujuragirika, gukāmbakāmba
(the way before one with foot or spear) gukebagiza
improve    (another's work) guhīngūra
(physically or otherwise) kwōroherwa
(to begin to feel better after being ill) gutenzukirwa
(soil) gutabira
(taste of food) kuryosha
(a technique) guteza imbere
(ubuhinga)