gusubīza (-shubije)   v    1. to give back, cause to return, 2. to put back, 3. to result
give    guha, guhēsha, gutānga
(back) gusubīza
(back cow, calf to one from whom one received a cow) kwōkōra
(birth) kuvyāra
(birth, cow about to ~) kudigiriza
(cow a second time to one who has brought many gifts) guhetera inkoni
(example) kugereraniriza, guha akarorero
(gift to bride so she will talk) guhorōra
(give me...) mpa
(good measure) kunengesēreza
(in to) kurōnsa
(information) kurangīra
(life to) kubēshaho
(more) kwongera, kwongeza
(oneself to) kwīhāmbīra
(oneself to service of Kiranga) kubāndwa, kuvōvōta
(over a possession) kwegura
(penuriously) kuzirukanya
(pledge or security) kugwatiriza
(present) kugabira
(refuse to) kwīma
(refuse to ~ another his own) kugūnga, kwīmana
(sacrifice) gushikana
(someone a hand) gusahiriza
(someone a heavy load) kuremēka
(to) guha, guhēra, guhēreza, kurōnsa, gushikiriza
(to each other) guhāna
(to each other often) guhānahāna
(to one whose house has burned) gusuhūza
(talk) kugamba
(up everything) kwīgura
(warm welcome, one does not say it of himself) gukēra
En-En dictionary 
put    gushira
(away) kubīka, gushingūra
(away the harvest) kwīmbura
(away beans for a year) guhitiza
(away for a year, to be ~) guhitira
(away, for several years) guhitikirana, guhitirana
(away, to take to) kwāndūra
(back) gusubīza
(bees in new hive) kwātira
(down) guhwāmika
(down roughly) gusekura
(forth new leaves) kurēmba
(hand to face in gesture of surprise) kujorerwa
(handle on) gukwikira
(higher) gukiriza
(in certain place) kugabānyānya
(in order) kurorānya
(into water) kurobeza
(near fire to dry) gutara
(on clothes) kwāmbara, kwīyambika
(on nice smelling stuff) kwōsa
(off doing what one should) kwīrengagiza
(oneself above where he belongs) kwītāra
(out fire, light) kuzimya
(out great branches) gusagarara
(out in sun) kwānikira
(outside) gusohora
(right) gutūngānya
(skin of dead calf before cow to make her give milk) kwōrokēra
(something cool on burn) gupfuvya
(somewhere) gushiraho
(things together) kurementanya, gusorōranya
(to bed) kuryāmika
(together) kwegeraniriza, guhūza, gutororokanya, kwegeranya
(to one side) guherereza
(to sleep) gusinziriza
(to work) kwāhura
(up, e.g. arms) gutarika
(up bee hive) kwegeka
(wood on fire) gukomānya
(yeast in beer) kubetera
En-En dictionary 
return    (to where speaker is) kugaruka
(other than where speaker is) gusubira
(vt) kugarukana, gusubiza
(from far away) guhabūka
(from hunting) guhīgūka
(from running away) guhīngūra
(from war) gutabāruka
(home, of wife when angry at husband) kugēnda buje
(to) gushikiriza
(to cause to) kugarura, gukubiranya, gusubiza
(to fail to) kugīrīra
(to have to ~ home because of bad news) gukuba
(to one's country after famine is over) gusuhūkuruka
(with) kugarukana
(person who goes never to return) akagīrīre
(an investment ~) umwimbu
En-En dictionary