gushikura (-shikuye)     v    to extract, pull, tear away, bite, grab
bite    gushikura
(as animal, or pain) kurandagura
(of animal, insect) kuryāna
(insect) gusurira
(of person only) kuguguna, gutsontsomera
(serpent) gukomora
En-En dictionary 
extract    gushikura
En-En dictionary 
grab    gucakīra, kuraha, kuramira, gushikura
(by neck) kuniga
(quickly) kunyakura
En-En dictionary 
pull    gukwēga, gushikura
(by roots) gusitura, kumomora, kurandura
(easily) kumomoka, gushikuka
(things away from plant or tree) gukurira
(~ out, ~ up stake) gushingūra
(out of the mud) gushāyūra
(teeth) guhongora
En-En dictionary 
tear    (vi) gucīka, kumānyuruka, gutabuka, gutantamuka
(vt) gutabura, gutantamura
(along, water, rain) gusūriranya
(away) gushikura
(big hole, vi) kumānyuka
(big rip, vi) kumwanyuruka
(clothes, vt) gukākagura
(clothes in anger) gukākura, kumwāga
(down) guhenura, guhomvora, guhonyora, gusambūra, gusangangura
(down nest) kwāruza
(in pieces) gutabagura
En-En dictionary