amaho  5    hi, hello (informal greeting, short form of amahoro)
 amaho : imperative of...
kwāmaho (-āmyeho)     v    to be eternal (from kwama)
amahoro    5    peace, (typical greeting: n'amahoro)
ihonda (ama-)     5  class 5
singular: i-,iri-
plural: ama-
  
sorghum
hotēri (ama-  3   5  sg. class 3: i-,in-
pl. class 5: ama-
  
hotel
amahodoka    5    about 1:00 (when cows leave drinking place)
amahonero     7  class 7
singular: aka-,aga-
  
(no pl.) destruction
ihoteri (ama-  3   5  sg. class 3: i-,in-
pl. class 5: ama-
  
hotel
n'amarembe   phr    it is peace! it's all well! (as answer to question n'amahoro)
destruction    amahonero, ubwōnōnyi
(place of) ubushiriro
En-En dictionary 
eternal    (to be) kwāmaho, guhora, guhoraho
En-En dictionary 
hello    (morning) bwakeye
(afternoon) mwīriwe
(informal) yambu, bite, amaho, gute, gute none, vyifashe gute
En-En dictionary 
peace    amahoro, impore, amarembe, ihūmure, ubutekanyi
(to make ~) kubangūranya
En-En dictionary 
time of day   amango
(dawn) umutwēnzi
(early morning) agatōndo
(morning) igitōndo
(between 9 and 10 am) ku musase
(near noon) umutāga, ku mamina ngohe
(about 1 pm, when cows leave drinking place) amahodoka
(about 3 pm) amasubirayo y'inyana
(toward sundown) umuhīngamo
(after dark) bwateranya
(sun low, but visible) ikirēngazūba
(early evening) akagorōba
(late afternoon or evening) umugorōba
En-En dictionary 
sorghum    ihūndo, amasāka, amahonda
(plant) umuyānge
(sprout) ikirōnge
(stalk) igishakashaka
(to prepare ground for) guhānda
En-En dictionary 
how are you   urakomeye? amakuru?
(informal greeting) bite? amaki? n'amaki? amaho? umeze gute? gute none? gute? vyifashe gute?
En-En dictionary 
what's up   (informal greeting) bite? amaki? n'amaki? amaho? umeze gute? gute none? gute? vyifashe gute?
En-En dictionary