month    ukwēzi
(January) ukwezi kwa mbere, Nzero
(February) ukwezi kwa kabiri, Nyamagoma, Ruhuhuma
(March) ukwezi kwa gatatu, Ntwarante
(April) ukwezi kwa kane, Ndamukiza, Kabozambuba
(May) ukwezi kwa gatanu, Rusama
(June) ukwezi kwa gatandatu, Rwirabura, Kiyumpu
(July) ukwezi kwa ndwi, Mukakaro
(August) ukwezi kwa munani, Myandagaro
(September) ukwezi kwa cenda, Nyakanga
(October) ukwezi kwa cumi, Gitugutu
(November) ukwezi kwa cumi na rimwe, Munyonyo
(December) ukwezi kwa cumi na kabiri, Kigarama
En-En dictionary 


try deep search for more results...