urudēndevu (in-)     6  class 6
singular: uru-
plural: in-
  
weak, faltering person, anything very soft (lacking stiffness)
faltering person   urudēndevu
En-En dictionary 
soft    (anything very ~, lacking stiffness) urudēndevu
(to be) kwōroha
(to be silky ~) kurēmba
(to get ~ in water) kubōmbōka
(to make soil ~) kwōrohereza
(and springy, e.g. earth in swamp) kudemwademwa
En-En dictionary 
weak    (person) umugoyigoyi
(~ and faltering person) urudēndevu
(place, as scar, on skins or gourds) umuguma
(something that appears to be strong but is ~) igihōmbe
(to be ~) kudendebukirwa, kugabanuka, kugira intege, kugoyagoya, kumugara
(to be ~ and floppy) kuregarega
En-En dictionary 
person    umuntu
(bad) umubi
(Black or African) umwirabura
(cross) ibāmba
(courageous) intwāri
(dedicated to Kiranga) igihwēba, igishegu
(dishonest) igihūmbu
(elderly) umusāza
(fearful) igihumura
(from far away) umunyankīko
(good, kind, just, holy, righteous) umwerānda
(grammar, ~ of verb) umuvugwa
(handsome) umuhizi
(hard to get along with) ikigoryi
(harsh) umuhāmbāzi
(honest, speaking truth) imvugakuri, umunyakuri
(honorable) umupfāsoni, umwūbahwa, nyakubahwa
(intelligent, skilled, eloquent) umuhānga
(kind and charitable) umukūndanyi
(lovable) umunyagikūndiro
(malformed) ikirema
(mean and quarrelsome) ikijōra
(meek) umugwanēza
(merciful) umunyembabazi
(miserable) umugōrwa
(of high rank, noble character) umupfāsoni
(of nice disposition) ikirende
(one by himself) inyakamwe
(sharp) inkazi
(skillful) umuntu w'inkuba, umugesera
(strong) umunyenkomezi
(stubborn) intakonywa, intābwīrwa
(tall, fat) ikigwīnyīra
(weak) umugoyigoyi, urudēndevu
(white) umuzungu, umwera
(who is great, severe, wise) akaranda
(with many children) umurēngera
(worthy of praise or love) umunyagikūndiro
En-En dictionary