ukuri     9  class 9
singular: uku-
  
1. truth, 2. (adv.) truly, really
 ukuri : Prefixless Present 2. pers. sing. with 1.class 2.pers. sg. object of:
-ri   v    is, are (verb without infinitive or past)
-rimwo contains
irahari available
kuvugīsha ukuri (-vugīshije)   phr    to be honest, to cause to speak the truth
kuvyukuri   adv    1. really, in reality, 2. actually
ukuribwa   9  class 9
singular: uku-
  
severe itching, pain
ukuribwaribwa   9  class 9
singular: uku-
  
severe itching, pain
birth    ivuka
(to give ~) kuvyāra
(to be about to give ~) gukurirwa
(to be about to give ~, of cow) kudigiriza
(to give ~, to litter, esp. dog) kubwāgura
(to come to day to give ~) kuramukwa
(to give ~, to child who dies at once) kuruhira ubusa
(to aid woman in childbirth) kuvyāza
En-En dictionary 
child    umwāna, umugisye, umukeme, umurerwa
(before he begins to know anything) igitambamboga, igitwengerabarozi
(disobedient) intabarirwa
(first-born) imfura
(healthy, about 4 months) ikibunduguru
(illegitimate) igihūmbu, ikivyārwa
(learning to walk) ikidegedege, intavyi
(male) umuyibigi
(of) mwene
(of mixed marriage) ikivyārwa
(only) ikinege, umwāna w'ikinege
(derogative) umuhimbiri
(small) ikibondo
(starting to know a little) umwankavu
(that doesn't grow properly) imfunya
(unwanted or orphan) intābwa
(up to 8 or 10 years) umugimbi
(weaned) umucūko, umukurira
(youngest or favourite) umuhererezi
(~ care) ubuhinga bwo kurera abana
(~ benefit) imfashanyo y'umuryango
En-En dictionary 
chronology    urukurikirane rw'ivyabaye
En-En dictionary 
expect    (to) gusamāza, kwīzigira, kurindīra
(to get a certain thing) kuziga
(to ~ a child) gukurirwa
En-En dictionary 
follow    kugendanira, guherekeza, gukurikira, gukwirikira
(after) kunyurana
(closely) kwōma
(a fad) guharara
(old customs) kuzīrōra
(one after the other) gukurikirana
En-En dictionary 
itch    amahere, uruhere, uburyi, ukuribwa ku mubiri, ugusasatwa, ukuribwaribwa
En-En dictionary 
pull    gukwēga, gushikura
(by roots) gusitura, kumomora, kurandura
(easily) kumomoka, gushikuka
(things away from plant or tree) gukurira
(~ out, ~ up stake) gushingūra
(out of the mud) gushāyūra
(teeth) guhongora
En-En dictionary 
servant    umushūmba, umusuku
(girl) incokere
(esp. at table) umugabuzi
(female) umuja
(male) umugaragu
(trusted, favorite) umukevyi
(to be ~ to) kujakarira, gusukūrira
En-En dictionary 
serve    gusukūrira
(as a servant) kujakarira, gushūmba
(food) gufungura
(king) kugarānzura
(meal to) kuzimāna
En-En dictionary 
truly    bwīte, koko, n'ukuri, y'ukuri, c'ukuri etc.
En-En dictionary 
truth    ukuri, impamo
(to hide the ~) kwīyobagiza
(to make one tell the ~) kurahuruza
(to speak the ~) guhinyuza
(to tell the whole ~, without hiding a thing) kwātagura
(someone speaking the ~) imvugakuri
En-En dictionary 
text    igisōmwa, ubutumwa, urukurikirane rw'amajambo
En-En dictionary 
really    koko, cane, kuvyukuri, n'ukuri, y'ukuri, c'ukuri etc.
En-En dictionary 
monitor    (to) gukurikirana, kurāba
En-En dictionary 
honest    (to be) kuvugīsha ukuri
(~ person) imvugakuri
En-En dictionary 
actually    kuvyukuri
En-En dictionary 
 ukuri found in: Imigani (tales)
Umugani 28   Imisi, amasaha, idakika, bo n'isegonti
 ukuri found in: Imyibutsa (proverbs)
Umwibutsa 32   Ukuri guca mu ziko...
Umwibutsa 399   Ukuri guca mu ziko...
Umwibutsa 400   Ukuri kuganza icaha. ...
Umwibutsa 401   Ukuri ntikubuza kuvumba. ...
Umwibutsa 402   Ukuri ntikuvuga uwukuze kuvuga...
 ukuri found in: Music & Lyrics
Music    Ndakwikundira
Music    Fata