ubwōba     8  class 8
singular: ubu-
  
(no pl.) 1. fear, phobia, angst, 2. cowardice, 3. horror
gutēra ubwōba   phr    to make afraid, to frighten, to scare
kugira ubwōba (-gize)   phr    to have fear, to be scared
bitēye ubwōba   phr    8  class 8
singular: ubu-
  
horrible
afraid    (to be) gutīnya, kwīkānga
(to make) gutēra ubwōba
En-En dictionary 
cowardice    ubwōba
En-En dictionary 
fear    ubwōba
(great) agatēngo
(of losing position) igihababu
(~ to hurt another because you love him) impuhwe
(thing or person stricken with ~) igihūmura
(to act or go secretly because of ~) kwōmba
(to jump with ~, in heart) guhahama
(to shout in sudden ~) gutura ubuku
En-En dictionary 
frighten    kudigiriza, gukānga, gutīnyīsha, gutēra ubwōba, kuvyigiriza
(away with shouting) kwāmira
(unintentionally) gukangīra
(to make a loud frightening noise) guturagara
En-En dictionary 
horror    ivutu, ubwōba, agatēngo
En-En dictionary 
make    kugira, kurema
(afraid) gutēra ubwōba
(a bed) gusāsa
(blunt) gufyīta
(bread) gucūmba
(clean) guhumānura
(clear, cause to understand) gutegereza
(crooked) kugoreka
(drunk) kuborēra
(effort) kwāndāra
(empty) kugaragaza
(equal in length or height) kurēsha
(excuses) kudendekanya, kudendekeranya, kuzāngazānga
(face over something that tastes bad) kunyinyirwa
(a fire) gucāna, gukongereza
(firm) kugumya
(fun of) kunegura
(fun of, esp. someone in trouble) kwīshinyira
(fun of, by recalling the good he has lost) gucurīra
(good) kuryōsha
(hedge) kuzitira
(hard for one who has lost a loved one, by reproaching the dead) kwītāmba ku muvyimba
(known) kwāndagaza, kwātura, kumenyēsha, kwāngāza, kwerura, kurānga, gukwīza, gukwīragiza, kwāmāmaza, guhishūra, guserura
(laugh, one that makes others laugh) akagūgu
(level) gusēna
(narrow) kwāza
(nest) kwārika
(noise, big) kwāsana, gusāma, kubomborana, kubugiriza
(oneself) kwīgīra
(others like you) kwīkūndiriza
(peace) kubangūranya
(perfect) gutūngānya, kwūzuza, kuroraniriza
(place) kubisa
(place for one another to pass) kubisīkanya
(progress) gutēra imbere, kuyoboza
(reparations) guhōnga, guhōngera
(restitution) kuriha
(sacrifice) gushikana
(sign) kugereraniriza
(smooth) gusēna
(straight) kugorōra, kurorānya
(tired) kurusha
(vow) gushīnga
(watering place) kugomera
(white) kwēza
En-En dictionary 
scare    gukanga, gutēra ubwōba
(away with shouting) kwāmira
En-En dictionary 
fear    (to ~) kwīkanga, gutīnya, kugira ubwōba
En-En dictionary 
horrible    bitēye ubwōba
En-En dictionary 
phobia    ubwōba
En-En dictionary 
scared    (to be) kugira ubwōba
En-En dictionary 
 ubwoba found in: Kirundi I (Study lessons)
lesson 29   Future Tense
lesson 107   Associative Verbs
 ubwoba found in: Imigani (tales)
Umugani 1   Icirore
Umugani 9   Umwarabu n'ingamiya
 ubwoba found in: Imyibutsa (proverbs)
Umwibutsa 210   Impongo iri ubwoba yikura...
 ubwoba found in: Music & Lyrics
Music    Garagaza
Music    Why
Music    Ubwoba