pile    ikirūndo
(of grain) amarwi
(of grain and chaff mixed) ubukūmbi
(of rocks) igihongo
(of wood) akarwi
pile    (to ~ together) gukumakuma
(to ~ up) kurūnda, kurūndarūnda
kwīrunda (-nze)     v     to accumulate, pile up (vi)
ubukūmbi  8     (no pl.) pile of mixed grain and chaff
kurūnda (-nze)  v     1. to pile up, make a heap, 2. to accumulate
akarwi (utu-)  7     group of people, pile of wood
igihongo (ibi-)     4     pile of rocks
ikirūndo (ibi-)  4     heap, pile
gukumakuma (-mye)  v     to pile together (vt)
kurūndarūnda (-nze)  v     to pile up, amass a lot
chaff    umuguruka, umurāyi
(fan to blow off) urutaro
(mixed with grain) ibikūmbi
(pile of chaff and grain) ubukūmbi
(to blow out) kugosōra
(to rub grain to take off) kuvūngura
disease    indwāra
(AIDS) sida
(billharcia) birariziyoze
(boil, abscess) igihute
(burn) ubushe
(bronchitis) indwara yo mu mahaha
(chicken pox) ibihara, agasāma
(diarrhea) ugucibwamwo, uguhitwa, ugucisha epfo
(elephantiasis) imisozi
(epilepsy) intandara
(eyes: certain kind of conjunctivitis) uburire
(fever) inyonko
(goiter) umwīngo
(gonorrhea) igisokoro
(leprosy) imibēmbe
(malaria) marariya, inyonko
(meningitis) umugiga
(mole) isunūnu
(mumps) amasambambwika
(pleurisy) umusōnga
(pneumonia) umusōnga
(recurrent fever) kimputo (Sw.)
(rheum, disease of eyes) ururire
(rheumatism) amakonyera, imisozi, imikuku
(smallpox) akarānda
(sore, little) akarōnda
(syphilis) agashāngāra
(tick fever) kimputo (Sw.)
(typhus) tifusi
(tuberculosis) igitūntu, agatūntu
(ulcer) igikomere
(ulcer, bad) igisebe
(ulcer, pain from tropical) igitema
(wart) isunūnu, intongāngira
(whooping cough) akānira, inkorora y'akanira
(yaws) ibinyoro
(cause of ~ something supposed to be in person making him sick) ibitēga
(person sick with wasting ~) umunywera
(to be a contagious ~) kwāndukira
(to catch contagious ~) kwāndura, kwāndukirwa
(to transmit) kwāndukiza
(to have an incurable ~) kugīrīra
(to improve, begin to feel better) gutenzukirwa
rock    ibuye, ikibuye, urutare
(pile of rocks) igihongo
 pile found in: Kirundi II (Grammar)
chapter 26   Special Verb Endings