kuryōsha (-heje)  v     1. to make good, delicious, 2. to interest
 kuryosha : Prefixless Present 9.class sing. with 5.class sg. object of:
kwōsha (-heje)  v     1. to lead, 2. to urge, 3. to influence, 4. to tempt
delicious    (in sense of undiluted) -novu
(to be) kuryōha
(to make) kuryōsha
good    (the good) icīza
(adj.) -īza, nyāwo, nyāyo, nyāco etc.
(noun) inēza
(economy) icemezo co gufata ibintu
(to be good ostensibly but not really) kwīyorobeka
(to become good after being bad) gufūtānuka
(to make good) kuryōsha
improve    (another's work) guhīngūra
(physically or otherwise) kwōroherwa
(to begin to feel better after being ill) gutenzukirwa
(soil) gutabira
(taste of food) kuryosha
(a technique) guteza imbere
(ubuhinga)
interest    amatsiko
(to ~) kuryōsha, kwitaho
(to lose) gutenzēkanya, gutēzūra, gutezēkanya
(economy) inyungu, ipurusa
make    kugira, kurema
(afraid) gutēra ubwōba
(a bed) gusāsa
(blunt) gufyīta
(bread) gucūmba
(clean) guhumānura
(clear, cause to understand) gutegereza
(crooked) kugoreka
(drunk) kuborēra
(effort) kwāndāra
(empty) kugaragaza
(equal in length or height) kurēsha
(excuses) kudendekanya, kudendekeranya, kuzāngazānga
(face over something that tastes bad) kunyinyirwa
(a fire) gucāna, gukongereza
(firm) kugumya
(fun of) kunegura
(fun of, esp. someone in trouble) kwīshinyira
(fun of, by recalling the good he has lost) gucurīra
(good) kuryōsha
(hedge) kuzitira
(hard for one who has lost a loved one, by reproaching the dead) kwītāmba ku muvyimba
(known) kwāndagaza, kwātura, kumenyēsha, kwāngāza, kwerura, kurānga, gukwīza, gukwīragiza, kwāmāmaza, guhishūra, guserura
(laugh, one that makes others laugh) akagūgu
(level) gusēna
(narrow) kwāza
(nest) kwārika
(noise, big) kwāsana, gusāma, kubomborana, kubugiriza
(oneself) kwīgīra
(others like you) kwīkūndiriza
(peace) kubangūranya
(perfect) gutūngānya, kwūzuza, kuroraniriza
(place) kubisa
(place for one another to pass) kubisīkanya
(progress) gutēra imbere, kuyoboza
(reparations) guhōnga, guhōngera
(restitution) kuriha
(sacrifice) gushikana
(sign) kugereraniriza
(smooth) gusēna
(straight) kugorōra, kurorānya
(tired) kurusha
(vow) gushīnga
(watering place) kugomera
(white) kwēza