irigi (ama-)     5  class 5
singular: i-,iri-
plural: ama-
  
egg
umubirigi (Aba-  1  class 1
singular: umu-
plural: aba-
  
Belgian person
boiled egg   uburyo bwo guteka irigi mu mazi ntirishe nēza
En-En dictionary 
egg    irigi, igi
(boiled) uburyo bwo guteka irigi mu mazi ntirishe nēza
(fried) ijisho ry'irigi
(hard-boiled) irigi ritetse mu mazi
(shell) ikibarara
(tiny) ubugi
(to lay ~) guta amagi
En-En dictionary 
fried egg   ijisho ry'irigi
En-En dictionary 
hard-boiled egg   irigi ritetse mu mazi
En-En dictionary 
hurry    kwīhūta, kwīruka, gukovya, gukōkōbereza, gukwākwānya, kunyānyasa, kunyaragasa, kunyaruka, gushibuka
(of child only) kudirigiza
(to go) kubāndānya
(to go and return) gutebūka
(along, as cows to better pasture, or child stumbling after something he wants) kurārāta
(to be in a ~) gufuruguta
(to do in a ~) kubanguka
(to not be in a ~) kwītōnda
En-En dictionary 
Belgian    (person) umubirigi, umubiligi
En-En dictionary 
 irigi found in: Kirundi I (Study lessons)
lesson 18   Class 5 i–, ama–