igisokoro (ibi-)  4     1. gonorrhea, 2. information gained by eavesdropping, 3. eavesdropper
disease    indwāra
(AIDS) sida
(billharcia) birariziyoze
(boil, abscess) igihute
(burn) ubushe
(bronchitis) indwara yo mu mahaha
(chicken pox) ibihara, agasāma
(diarrhea) ugucibwamwo, uguhitwa, ugucisha epfo
(elephantiasis) imisozi
(epilepsy) intandara
(eyes: certain kind of conjunctivitis) uburire
(fever) inyonko
(goiter) umwīngo
(gonorrhea) igisokoro
(leprosy) imibēmbe
(malaria) marariya, inyonko
(meningitis) umugiga
(mole) isunūnu
(mumps) amasambambwika
(pleurisy) umusōnga
(pneumonia) umusōnga
(recurrent fever) kimputo (Sw.)
(rheum, disease of eyes) ururire
(rheumatism) amakonyera, imisozi, imikuku
(smallpox) akarānda
(sore, little) akarōnda
(syphilis) agashāngāra
(tick fever) kimputo (Sw.)
(typhus) tifusi
(tuberculosis) igitūntu, agatūntu
(ulcer) igikomere
(ulcer, bad) igisebe
(ulcer, pain from tropical) igitema
(wart) isunūnu, intongāngira
(whooping cough) akānira, inkorora y'akanira
(yaws) ibinyoro
(cause of ~ something supposed to be in person making him sick) ibitēga
(person sick with wasting ~) umunywera
(to be a contagious ~) kwāndukira
(to catch contagious ~) kwāndura, kwāndukirwa
(to transmit) kwāndukiza
(to have an incurable ~) kugīrīra
(to improve, begin to feel better) gutenzukirwa
eavesdropper    igisokoro
eavesdropping    (information gained by) igisokoro
(to tell what one has heard while ~) gutumbūra
gonorrhea    igisokoro, imburugu
information    inkenuzo
(gained by eavesdropping) igisokoro
(to give) kurangīra
(to seek) kugenzūra
(to seek about someone) kubariritsa