ibihara  4     1. chicken pox, 2. measles
 ibihara : Prefixless Present 2.class plural with 4.class pl. object of:
guhara (-ze)  v     1. to scrape, 2. damage, 3. to tan hides, 4. to yelp, 5. purr, 6. to be lacking (usually stative), to be incomplete
igiharage (ibi-)  4     bean
chicken pox   ibihara, agasāma
disease    indwāra
(AIDS) sida
(billharcia) birariziyoze
(boil, abscess) igihute
(burn) ubushe
(bronchitis) indwara yo mu mahaha
(chicken pox) ibihara, agasāma
(diarrhea) ugucibwamwo, uguhitwa, ugucisha epfo
(elephantiasis) imisozi
(epilepsy) intandara
(eyes: certain kind of conjunctivitis) uburire
(fever) inyonko
(goiter) umwīngo
(gonorrhea) igisokoro
(leprosy) imibēmbe
(malaria) marariya, inyonko
(meningitis) umugiga
(mole) isunūnu
(mumps) amasambambwika
(pleurisy) umusōnga
(pneumonia) umusōnga
(recurrent fever) kimputo (Sw.)
(rheum, disease of eyes) ururire
(rheumatism) amakonyera, imisozi, imikuku
(smallpox) akarānda
(sore, little) akarōnda
(syphilis) agashāngāra
(tick fever) kimputo (Sw.)
(typhus) tifusi
(tuberculosis) igitūntu, agatūntu
(ulcer) igikomere
(ulcer, bad) igisebe
(ulcer, pain from tropical) igitema
(wart) isunūnu, intongāngira
(whooping cough) akānira, inkorora y'akanira
(yaws) ibinyoro
(cause of ~ something supposed to be in person making him sick) ibitēga
(person sick with wasting ~) umunywera
(to be a contagious ~) kwāndukira
(to catch contagious ~) kwāndura, kwāndukirwa
(to transmit) kwāndukiza
(to have an incurable ~) kugīrīra
(to improve, begin to feel better) gutenzukirwa