gushimika (-tse)  v     1. to do one's duty, 2. to persist, to persevere, 3. to hold strongly
do    (to) kugira, gukora
(again) kwongera
(always) kwāma, guhora
(anyhow, in spite of) gupfa
(continually) kwāma, guhora
(the dishes) kwoza ivyombo
(even more) kurushiriza
(first) kubānza, gushūza
(forcefully) kwīhanukīra
(habitually) kumēnyera
(have too much to ~) kurēngerana
(the impossible) gufyidikīra
(~-it-yourself) ukugira utugenegene
(housework) kugora
(one's duty) gushimika
(quickly) gukwākwānya, gushōka, gusobaganya, gusūriranya, gutebūtsa
(quickly and carelessly) kuraha
(quickly without thinking) gusimbagurika
(~ not) -ōye (verb without infinitive)
(reluctantly) kwīyumānganya
(a sloppy job) kurēngagiza
(something alone) kwīgūnga
(something by oneself without authority) kwigenera
(something that causes pleasure or amazement) gusamāza
(that which you declared you would not ~) kwīrahuruza
(two things at once) kubāngikanya
(unwillingly) kugoyagoya
(unwillingly and complainingly) kunyinkira
(the washing up) kwoza ivyombo
duty    umurimo
(to do one's) gushimika
hold    gufata
(fast to) kugumiriza
(from falling) gusama
(hard feelings) kwīdōga
(in place) kugumya
(lightly) kwānjānjwa
(out) kubangira
(out arms to receive) guhāngāza ukuboko
(of rope, vi) kudādira
(strongly) gushimika
(take hold of persons) gushorerakw amaboko
(to) kwūmira
(up) gushigirika
persevere    gukomeza, gushīshikara, gushimika
persist    gucunaguza, kwigumira, gukovya, kunogera, kuramiriza, gushimika, gushīshikara
(in asking questions) kuzigiriza
(in old custom) kuzīrōra
(more strongly than before) gukobeza
(patiently) gukenyera, gukenyerera