guhōngera (-ye)     v     1. to pay homage to, 2. to bribe, 3. to make reparations
 guhongera : possible conjugation of:
kwongera (-ye)  v     1. to repeat, do again, 2. to give more, 3. to augment, to increase (vt), 4. to accelerate
bribe    ikibuguro, igihōngo, impongano
(to ~) guhōnga, guhōngera
(to pay ~ to win one's case) kwīhōnga
homage    (to pay to) guhōngera, guhāngama, gushengera, gushengerera
make    kugira, kurema
(afraid) gutēra ubwōba
(a bed) gusāsa
(blunt) gufyīta
(bread) gucūmba
(clean) guhumānura
(clear, cause to understand) gutegereza
(crooked) kugoreka
(drunk) kuborēra
(effort) kwāndāra
(empty) kugaragaza
(equal in length or height) kurēsha
(excuses) kudendekanya, kudendekeranya, kuzāngazānga
(face over something that tastes bad) kunyinyirwa
(a fire) gucāna, gukongereza
(firm) kugumya
(fun of) kunegura
(fun of, esp. someone in trouble) kwīshinyira
(fun of, by recalling the good he has lost) gucurīra
(good) kuryōsha
(hedge) kuzitira
(hard for one who has lost a loved one, by reproaching the dead) kwītāmba ku muvyimba
(known) kwāndagaza, kwātura, kumenyēsha, kwāngāza, kwerura, kurānga, gukwīza, gukwīragiza, kwāmāmaza, guhishūra, guserura
(laugh, one that makes others laugh) akagūgu
(level) gusēna
(narrow) kwāza
(nest) kwārika
(noise, big) kwāsana, gusāma, kubomborana, kubugiriza
(oneself) kwīgīra
(others like you) kwīkūndiriza
(peace) kubangūranya
(perfect) gutūngānya, kwūzuza, kuroraniriza
(place) kubisa
(place for one another to pass) kubisīkanya
(progress) gutēra imbere, kuyoboza
(reparations) guhōnga, guhōngera
(restitution) kuriha
(sacrifice) gushikana
(sign) kugereraniriza
(smooth) gusēna
(straight) kugorōra, kurorānya
(tired) kurusha
(vow) gushīnga
(watering place) kugomera
(white) kwēza
reparation    (gift to make up for offending someone) icīru
(to make) guhōnga, guhōngera, kuriha
(to pay to make up for wrong doing) kwīcungura
pay    (to ~) gutānga, guhēmba
(bribe to win one's case) kwihonga
(debt) kwīshura
(dowry) gukwa
(for work done) guhēmba
(fee) kubugura
(homage to) guhōngera, gushengera, gushengerera
(no attention to) gusamāra, gutimba
(salary) kugerera
(money into account) kubika amahera
(to make up for wrong doing) kwīcungura
 guhongera found in: Imigani (tales)
Umugani 47   Uk'Uburundi butwarwa