ouvrir    open    (vi) kwāturuka, gukīnguruka, gupfunduka
(vt) gufungūra (Sw.), kugarānzura, gukīngūra, gupfundurura, kurumūra, kwūgurura, kuzibūra
(the eyes) gukanura
(the eyes of another) guhumūra
(flower) kwātura
(the mouth) gutēranura umunwa, kwāsama
(mouth, or book) kubūmbūra
(suddenly, vi) kuzibūka
(to be ~ to view) kugaragara
(to be wide ~) kurāngāra
(to leave ~) kurāngāza
(space) agahīnga
En-En dictionary 


try deep search for more results...