animal    (domestic) igitungano
(wild) igikoko, inyamāswa
(male in heat) ishāshi
(of nice disposition) ikirende
(track of) umwānza
(truly animal) bukōko
(young of) umukāngara
(young of small) imbūnda
(antelope) impōngo
(small antelope) ingeregere
(bat) agahūngarēma
(bear) idubu
(buffalo) imbogo
(young bull) ishūri
(male calf) ikimasa
(camel) ingamiya, ingameya
(cat) akayabo, akayabu
(chameleon) uruvo, uruvuruvu
(cheetah) igikara
(civit cat) icūya
(crocodile) ingōna
(deer) impōngo
(dog) imbwa,
(female) imbwakazi,
(wolf-like wild) ibīngira
(donkey) indogoba, indogobwe
(elephant) inzovu
(ferocious) igisimba
(fox) imbwēbwe
(frog) igikere
(gazelle) ingeregere
(giraffe) umusumbarembe
(goat) impene,
(male) impfīzi,
(young male goat) agasugurume
(goats) intūngwa, igitūngwa
(hare) urukwāvu
(hippopotamus) imvubu
(hyena) imfyisi
(jackal) imbwēbwe
(kid, lamb) umwāgazi
(lion) intāmbwe, intare
(lizard) umuserebanyi
(mongoose) isambwe
(monkey) inkēnde, imamfu
(puppy) ikibwāna, imbūnda
(python) isato
(rabbit) urukwāvu
(ram) isuguru
(rat, mouse) imbeba
(rat, cane) isiha
(sheep) intāma, intūngwa, igitūngwa
(toad) igikere
(weasel) akarīnda, akagomba
(zebra) imparage
(to give salt to domestic ~) kwūhīra
(to lead to drink) gushōra
(to stake out to pasture) kuzirika
domestic animal   igitungano
animal de compagnie    pet    igitungwa


try deep search for more results...