umwāna (ab-)     1  class 1
singular: umu-
plural: aba-
  
1. child, baby, 2. young of animal
 umwana : Prefixless Present 2. pers. sing. of:
kumwāna (-mwānye)     v    to cut each other's hair
 umwana : Prefixless Present 2. pers. sing. with 1.class 3.pers. sg. object of:
kwāna (-ānye)     v    to weep (baby)
kurya umwana (-riyrīye)   phr    1. to have intercourse, 2. to fornicate
kurera umwana (-reze)   phr    to babysit
umwāna yonka   phr    breastfeeding (from kwōnka)
kumwāna (-mwānye)     v    to cut each other's hair
akāna (ut-  7  class 7
singular: aka-,aga-
plural: utu-,udu-
  
little child (from umwāna)
niho   emph    (emphatic particle placing emphasis on the preceding constituent)
umwana niho the/ this/ that child (emphasizing the child)
baby    umwāna, uruhīnja, uruyōya
(not old enough to know fear) igifatanzoka
(tiny ~) uruhīnja
(~ clothes) icahi
(~ food) umusururu
En-En dictionary 
child    umwāna, umugisye, umukeme, umurerwa
(before he begins to know anything) igitambamboga, igitwengerabarozi
(disobedient) intabarirwa
(first-born) imfura
(healthy, about 4 months) ikibunduguru
(illegitimate) igihūmbu, ikivyārwa
(learning to walk) ikidegedege, intavyi
(male) umuyibigi
(of) mwene
(of mixed marriage) ikivyārwa
(only) ikinege, umwāna w'ikinege
(derogative) umuhimbiri
(small) ikibondo
(starting to know a little) umwankavu
(that doesn't grow properly) imfunya
(unwanted or orphan) intābwa
(up to 8 or 10 years) umugimbi
(weaned) umucūko, umukurira
(youngest or favourite) umuhererezi
(~ care) ubuhinga bwo kurera abana
(~ benefit) imfashanyo y'umuryango
En-En dictionary 
have    –fise, kugira, gutūnga
(absolutely all one wants, and to be a bit showy about it) kunyananyaya
(abundance) kudibama, guhīmba
(always) guhorana
(bad habits, having had good) gufūtāna
(diarrhea) gucībwamwo, guhitwa, kudodomwa, kwīruka, gushuruza
(done recently) guherūka
(fellowship) gufatanya
(fellowship with) gucudika
(fever) kurwara inyonko
(for) –fitiye
(friendhsip with) gucudika
(holes from rust) kunyengetērwa
(much, may be even lots of debts or trouble) kuroranirwa
(pain) kubabara
(sex) kuryamana, kwenda, kurongorana, kurya umwana
(sloping sides, like soup dish) gufukūra
(speech impediment) kugobwa
(things in common) kubūngirana
(to ~ to) kurīnda, –kwīye
En-En dictionary 
young    –to, -tō-to, –toya, –tonya
(of animal) umwāna, icāna, umukāngara
(of small animal) imbūnda
(plants for transplanting) ingemwe
(girl, unmarried) inkumi
(man, unmarried) umusore
En-En dictionary 
sex    (to have ~, to lie down together) kuryamana
(to marry, to have ~, only used of men) kurongora
(to be married, to have ~, only of women) kurongorwa
(to have ~ without being married) kurongorana
(to have ~, only used of men, rude) guswera
(to have ~, only used of women, rude) guswerwa
(to have ~, to fornicate) kwenda, kurya umwana
(to have homosexual intercourse) kwitomba, guswerana, kuryana akameka, kuryana inyuma
(to make love like dogs, to have homosexual intercourse, derogative) guswerana nk'imbwa
En-En dictionary 
intercourse    (to have ~, to lie down together) kuryamana
(to marry, to have ~, only used of men) kurongora
(to be married, to have ~, only of women) kurongorwa
(to have ~ without being married) kurongorana
(to have ~, only used of men, rude) guswera
(to have ~, only used of women, rude) guswerwa
(to have ~, to fornicate) kwenda, kurya umwana
(to have homosexual ~) kwitomba, guswerana, kuryana akameka
(to have anal ~) kuryana inyuma
(to make love like dogs, to have homosexual ~, derogative) guswerana nk'imbwa
En-En dictionary 
fuck    (to ~, only used of men, rude) guswera
(to ~, only used of women, rude) guswerwa
(to ~, to fornicate) kwenda, kurya umwana
En-En dictionary 
breastfeeding    umwāna yonka
En-En dictionary 
babysit    (to) kurera umwana
En-En dictionary 
fornicate    (to) gusāmbana, kwenda, kurya umwana
En-En dictionary 
 umwana found in: Kirundi I (Study lessons)
lesson 3   Possessive Adjective
lesson 4   Class 2 umu–, imi–
lesson 6   Possessive Particle
lesson 9   Adjectives II
lesson 10   Review 1 - 9
lesson 12   Verb –ri
lesson 17   Negative of the –ra– Present
lesson 18   Class 5 i–, ama–
lesson 19   Class 5 i–, ama– & Continuous present
lesson 23   Class 6 uru–, in–
lesson 28   Class 8 ubu–, ama– (continued)
lesson 29   Future Tense
lesson 46   Adjective Chart
lesson 52   Rules for Past Endings
lesson 57   Object Pronouns I
lesson 64   Stative Voice
lesson 67   Subjunctive
lesson 72   Negative of Far Past
lesson 75   Immediate Past (or, –ra– Past)
lesson 82   Gurtya, Gurtyo
lesson 96   Pronoun nde?
lesson 104   Uses of Nta
lesson 112   Adjectives Expressed by Verbs
lesson 113   Reduplicated Verbs
lesson 118   Some Adverbs; The –raca– Tense
lesson 122   Summary of Tenses
 umwana found in: Kirundi II (Grammar)
chapter 6   Habitual Past
chapter 15   –ribu– Tenses
chapter 19   Strong Negative Imperatives
 umwana found in: Imigani (tales)
Umugani 1   Icirore
Umugani 14   Umugenzi atananirwa
Umugani 18   Kwubaha
Umugani 22   Inkware n'inzoka
Umugani 27   Abami b'Abarundi
Umugani 28   Imisi, amasaha, idakika, bo n'isegonti
Umugani 33   Akenese, uko kaje
Umugani 50   Ihebe n'imfyisi
 umwana found in: Imyibutsa (proverbs)
Umwibutsa 152   Ico utari buhe umwana...
Umwibutsa 448   Umwana i wabo yitwa...
Umwibutsa 449   Umwana umuha ugutwi akaryana...
Umwibutsa 450   Umwana umumwa imvanda nawe...
Umwibutsa 451   Umwana uribuheke ntumwisha urume....
Umwibutsa 452   Umwana w'inkerebutsi umurabira ku...
Umwibutsa 453   Umwana w'umusure avukana isunzu....
Umwibutsa 454   Umwana w'uwundi abisha anuka....
Umwibutsa 455   Umwana w'uwundi akumara muyaga....
Umwibutsa 456   Umwana w'uwundi yimba aguhisha...
Umwibutsa 526   Ukora ico azi ajana...
Umwibutsa 564   Wanka kurimira umwana w'uwundi...
Umwibutsa 568   Wigisha umwana w'uwundi kurasa...
 umwana found in: Ibisokozo (riddles)
Ibisokozo 38   Umwana wanje yokunesha ari...
 umwana found in: Music & Lyrics
Music    Tiroryinka
Music    Yasa n'irirenga
Music    Focus
Music    Siko yari