umutwēnzi (imi-  2  class 2
singular: umu-
plural: imi-
  
dawn
umutwēnzi ukitse   phr    2  class 2
singular: umu-
plural: imi-
  
when dawn broke (from gukīka)
kubāndūka (-bāndūtse)     v    to rise (of sun) (e.g. umutwēnzi urabandutse)
dawn    amacāca, umutwēnzi, umuseke, ubuca
(night is almost over, about to dawn) ijoro rishira ubuca
(when ~ broke) umutwēnzi ukitse
(to ~) guca, gutambika
(to become light, very early just as darkness ends) gutamānzuka, gutamānzura
En-En dictionary 
rise    (arise from lying) kuvyūka
(of sun) kubāndūka, kurasa (e.g. umutwēnzi urabāndūtse)
(of anything containing leaven) gukuka, gukakama, gututūmba
(from the dead) kuzūka
En-En dictionary 
time of day   amango
(dawn) umutwēnzi
(early morning) agatōndo
(morning) igitōndo
(between 9 and 10 am) ku musase
(near noon) umutāga, ku mamina ngohe
(about 1 pm, when cows leave drinking place) amahodoka
(about 3 pm) amasubirayo y'inyana
(toward sundown) umuhīngamo
(after dark) bwateranya
(sun low, but visible) ikirēngazūba
(early evening) akagorōba
(late afternoon or evening) umugorōba
En-En dictionary