umugōrwa (aba-)     1     unfortunate, miserable person
 umugorwa : Prefixless Present 2. pers. sing. with 1.class 3.pers. sg. object of:
kugōrwa (-we)     v     1. to be troubled, to be in trouble, 2. to be annoyed
miserable person   umugōrwa
unfortunate    (person) indushi, umugōrwa, umurushwa, umutīndi
(to be) guhumirwa
person    umuntu
(bad) umubi
(Black or African) umwirabura
(cross) ibāmba
(courageous) intwāri
(dedicated to Kiranga) igihwēba, igishegu
(dishonest) igihūmbu
(elderly) umusāza
(fearful) igihumura
(from far away) umunyankīko
(good, kind, just, holy, righteous) umwerānda
(grammar, ~ of verb) umuvugwa
(handsome) umuhizi
(hard to get along with) ikigoryi
(harsh) umuhāmbāzi
(honorable) umupfāsoni
(kind and charitable) umukūndanyi
(lovable) umunyagikūndiro
(malformed) ikirema
(mean and quarrelsome) ikijōra
(meek) umugwanēza
(merciful) umunyembabazi
(miserable) umugōrwa
(of high rank, noble character) umupfāsoni
(of nice disposition) ikirende
(one by himself) inyakamwe
(sharp) inkazi
(skillful) umuntu w'inkuba, umugesera
(strong) umunyenkomezi
(stubborn) intakonywa, intābwīrwa
(tall, fat) ikigwīnyīra
(weak) umugoyigoyi, urudēndevu
(white) umuzungu, umwera
(who is great, severe, wise) akaranda
(with many children) umurēngera
(worthy of praise or love) umunyagikūndiro