kwūgurura (-ūguruye)   v    to open
open    (vi) kwāturuka, gukīnguruka, gupfunduka
(vt) gufungūra (Sw.), kugarānzura, gukīngūra, gupfundurura, kurumūra, kwūgurura, kuzibūra
(the eyes) gukanura
(the eyes of another) guhumūra
(flower) kwātura
(the mouth) gutēranura umunwa, kwāsama
(mouth, or book) kubūmbūra
(suddenly, vi) kuzibūka
(to be ~ to view) kugaragara
(to be wide ~) kurāngāra
(to leave ~) kurāngāza
(space) agahīnga
En-En dictionary 
 kwugurura found in: Kirundi I (Study lessons)
lesson 117   Ka Tense