kubāndwa (-nzwe)     v     1. to dance in honor of Kiranga, 2. to be devoted to his service
 kubandwa : passive of...
kubānda (-nze)     v     1. to press, 2. to crowd
devoted    (to Kiranga) kubāndwa
give    guha, guhēsha, gutānga
(back) gusubīza
(back cow, calf to one from whom one received a cow) kwōkōra
(birth) kuvyāra
(birth, cow about to ~) kudigiriza
(cow a second time to one who has brought many gifts) guhetera inkoni
(example) kugereraniriza, guha akarorero
(gift to bride so she will talk) guhorōra
(give me...) mpa
(good measure) kunengesēreza
(in to) kurōnsa
(information) kurangīra
(life to) kubēshaho
(more) kwongera, kwongeza
(oneself to) kwīhāmbīra
(oneself to service of Kiranga) kubāndwa, kuvōvōta
(over a possession) kwegura
(penuriously) kuzirukanya
(pledge or security) kugwatiriza
(present) kugabira
(refuse to) kwīma
(refuse to ~ another his own) kugūnga, kwīmana
(sacrifice) gushikana
(someone a hand) gusahiriza
(someone a heavy load) kuremēka
(to) guha, guhēra, guhēreza, kurōnsa, gushikiriza
(to each other) guhāna
(to each other often) guhānahāna
(to one whose house has burned) gusuhūza
(talk) kugamba
(up everything) kwīgura
(warm welcome, one does not say it of himself) gukēra
dance    (to ~) gutāmba, guhamiriza
(parade dancing as traditional warriors) kwīyereka
(~ to music) kuvyina
(to cause to ~) kuvyinisha
(to ~ in honor of) kuvyinira, gutambira
(to ~ together) gutambana
(in honor of Kiranga) kubāndwa