isukari   3  class 3
singular: i-,in-
  
(no pl.) sugar
igisukari (ibi-)     4  class 4
singular: iki-,ic-
plural: ibi-,ivy-
  
red banana
indwāra y'igisukari   phr    diabetes
banana    igitōke, igitōki, umuneke
(plantation) urutoke
(one or one hand of) umuhānyu
(ripe) umuhwi, umuneke
(kinds of) ikinyamunyu, igisamunyu
(beer banana) igipaca
(lady-finger) akamaramasenge
(red banana) igisukari
(bark of tree) igihubahuba
(beer) urwārwa
(sweet drink) umutobe
(leaf, green) umutōto
(leaf) ikirere
(leaf, dry) ihuba
(leaves, dry) igihūnda, ibihūndahūnda
(center of leaf) ikigongo-gongo
(leaves, knife for cutting) urugombōzo
(young shoot) umutsīnda
(trunk after stalk is cut) igitumbatumba
(to cut leaves) kugombōra
(to cut from stalk) guhānyura
(to cut stalk) gutūmbūra
(to remove dry leaves) gutūtūra
(to squeeze juice from) kugana, kuvuguta
En-En dictionary 
caramelization    ugushongesha isukari igahindura ibara
En-En dictionary 
compote    (fruit ~) ivyāmwa bitekanye isukari
En-En dictionary 
fruit    icāmwa, imbuto
(to bear) kwāma
(to cease to bear) kwāmurura
(to drop, tree) guhunguruka
(to gather) kwāmūra
(stewed ~, ~ compote) ivyāmwa bitekanye isukari
En-En dictionary 
stewed fruit   ivyāmwa bitekanye isukari
En-En dictionary 
sugar    isukari
En-En dictionary 
diabetes    indwāra y'igisukari
En-En dictionary 
 isukari found in: Kirundi I (Study lessons)
lesson 63   Some Household Terms