isuguru (ama-)     5  class 5
singular: i-,iri-
plural: ama-
  
ram
animal    (domestic) igitungano
(wild) igikoko, inyamāswa
(male in heat) ishāshi
(of nice disposition) ikirende
(track of) umwānza
(truly animal) bukōko
(young of) umukāngara
(young of small) imbūnda
(antelope) impōngo
(small antelope) ingeregere
(bat) agahūngarēma
(bear) idubu
(buffalo) imbogo
(young bull) ishūri
(male calf) ikimasa
(camel) ingamiya, ingameya
(cat) akayabo, akayabu
(chameleon) uruvo, uruvuruvu
(cheetah) igikara
(civit cat) icūya
(crocodile) ingōna
(deer) impōngo
(dog) imbwa,
(female) imbwakazi,
(wolf-like wild) ibīngira
(donkey) indogoba, indogobwe
(elephant) inzovu
(ferocious) igisimba
(fox) imbwēbwe
(frog) igikere
(gazelle) ingeregere
(giraffe) umusumbarembe
(goat) impene,
(male) impfīzi,
(young male goat) agasugurume
(goats) intūngwa, igitūngwa
(hare) urukwāvu
(hippopotamus) imvubu
(hyena) imfyisi
(jackal) imbwēbwe
(kid, lamb) umwāgazi
(lion) intāmbwe, intare
(lizard) umuserebanyi
(mongoose) isambwe
(monkey) inkēnde, imamfu
(puppy) ikibwāna, imbūnda
(python) isato
(rabbit) urukwāvu
(ram) isuguru
(rat, mouse) imbeba
(rat, cane) isiha
(sheep) intāma, intūngwa, igitūngwa
(toad) igikere
(weasel) akarīnda, akagomba
(zebra) imparage
(to give salt to domestic ~) kwūhīra
(to lead to drink) gushōra
(to stake out to pasture) kuzirika
En-En dictionary 
billy goat   isuguru, ihebe
En-En dictionary 
goat    impene, intūngwa, igitūngwa
(heard of) inzirikwa
(male) impfizi
(young male) agasugurume
(skin for carrying baby) ingovyi
(billy ~) isuguru, ihebe
En-En dictionary 
ram    isuguru
En-En dictionary