isezerano (ama-)  5     1. promise, 2. testament, 3. contract, agreement, 4. alliance
agreement    igikumu, ināma
(contract) isezerano
(gutēra igikumu)
(to be in) kubwiririkanya, guhwāna, gutātūka
(to reach an) gutegēranya
alliance    isezerano
(to help another overcome an enemy) gukōndōrera
contract    (agreement) isezerano
(work contract) amasezerano y’akazi
promise    indagano, umuhāngo, iragi, isezerano
(to ~) kuraganira, gusezerana, kuragana
(to fail to keep) gutēzūra
(to fail to give what one has promised) kugaramāngira
(to ~ and then pretend you haven't) kwiyobagiza
(result of failure to keep ~) urudubi
testament    isezerano