intāmbwe (in-  3  class 3
singular: i-,in-
plural: i-,in-
  
lion
animal    (domestic) igitungano
(wild) igikoko, inyamāswa
(male in heat) ishāshi
(of nice disposition) ikirende
(track of) umwānza
(truly animal) bukōko
(young of) umukāngara
(young of small) imbūnda
(antelope) impōngo
(small antelope) ingeregere
(bat) agahūngarēma
(bear) idubu
(buffalo) imbogo
(young bull) ishūri
(male calf) ikimasa
(camel) ingamiya, ingameya
(cat) akayabo, akayabu
(chameleon) uruvo, uruvuruvu
(cheetah) igikara
(civit cat) icūya
(crocodile) ingōna
(deer) impōngo
(dog) imbwa,
(female) imbwakazi,
(wolf-like wild) ibīngira
(donkey) indogoba, indogobwe
(elephant) inzovu
(ferocious) igisimba
(fox) imbwēbwe
(frog) igikere
(gazelle) ingeregere
(giraffe) umusumbarembe
(goat) impene,
(male) impfīzi,
(young male goat) agasugurume
(goats) intūngwa, igitūngwa
(hare) urukwāvu
(hippopotamus) imvubu
(hyena) imfyisi
(jackal) imbwēbwe
(kid, lamb) umwāgazi
(lion) intāmbwe, intare
(lizard) umuserebanyi
(mongoose) isambwe
(monkey) inkēnde, imamfu
(puppy) ikibwāna, imbūnda
(python) isato
(rabbit) urukwāvu
(ram) isuguru
(rat, mouse) imbeba
(rat, cane) isiha
(sheep) intāma, intūngwa, igitūngwa
(toad) igikere
(weasel) akarīnda, akagomba
(zebra) imparage
(to give salt to domestic ~) kwūhīra
(to lead to drink) gushōra
(to stake out to pasture) kuzirika
En-En dictionary 
lion    intāmbwe, intare
En-En dictionary 
 intambwe found in: Imyibutsa (proverbs)
Umwibutsa 45   Uwugusize intambwe aba agusize...
 intambwe found in: Music & Lyrics
Music    Mbega Urukundo
Music    Nzoduga