imbwa (im-)     3     dog
imbwakazi female dog
kwīmbwa (-mbwe)     v     to be dug
 imbwa : passive of...
kwīmba (-mvye)     v     to dig
kuzimbwa (-mbwe)  v     to be cheated by the seller
kurirīmbwa (-bwe)  v     to be sung
imbwakazi (im-)  3     female dog
guswerana nk'imbwa  phr     to make love like dogs, to have homosexual intercourse (derogative)
animal    (domestic) igitungano
(wild) igikoko, inyamāswa
(male in heat) ishāshi
(of nice disposition) ikirende
(track of) umwānza
(truly animal) bukōko
(young of) umukāngara
(young of small) imbūnda
(antelope) impōngo
(small antelope) ingeregere
(bat) agahūngarēma
(bear) idubu
(buffalo) imbogo
(young bull) ishūri
(male calf) ikimasa
(camel) ingamiya, ingameya
(cat) akayabo, akayabu
(chameleon) uruvo, uruvuruvu
(cheetah) igikara
(civit cat) icūya
(crocodile) ingōna
(deer) impōngo
(dog) imbwa,
(female) imbwakazi,
(wolf-like wild) ibīngira
(donkey) indogoba, indogobwe
(elephant) inzovu
(ferocious) igisimba
(fox) imbwēbwe
(frog) igikere
(gazelle) ingeregere
(giraffe) umusumbarembe
(goat) impene,
(male) impfīzi,
(young male goat) agasugurume
(goats) intūngwa, igitūngwa
(hare) urukwāvu
(hippopotamus) imvubu
(hyena) imfyisi
(jackal) imbwēbwe
(kid, lamb) umwāgazi
(lion) intāmbwe, intare
(lizard) umuserebanyi
(mongoose) isambwe
(monkey) inkēnde, imamfu
(puppy) ikibwāna, imbūnda
(python) isato
(rabbit) urukwāvu
(ram) isuguru
(rat, mouse) imbeba
(rat, cane) isiha
(sheep) intāma, intūngwa, igitūngwa
(toad) igikere
(weasel) akarīnda, akagomba
(zebra) imparage
(to give salt to domestic ~) kwūhīra
(to lead to drink) gushōra
(to stake out to pasture) kuzirika
dog    imbwa, imbga, intozo, indura, intoberwa
(female) imbwakazi
(wild, wolf-like) ibīngira
female    (suffix attached to moun) -kazi, e.g. imbwakazi
homosexual    (person) umutinganyi, umukonotsi, umuswezi, umubidadi, umugeyi
(to be gay) kunōnōka
(to have ~ intercourse) kwitomba, guswerana, kuryana akameka
(to act as ~, commit ~ acts) gutingana
(to have ~ intercourse, rude) guswerana nk'imbwa
(effeminate traditional priest) ikihindu, ikimaze
sex    (to have ~, to lie down together) kuryamana
(to marry, to have ~, only used of men) kurongora
(to be married, to have ~, only of women) kurongorwa
(to have ~ without being married) kurongorana
(to have ~, only used of men, rude) guswera
(to have ~, only used of women, rude) guswerwa
(to have ~, to fornicate) kwenda, kurya umwana
(to have homosexual intercourse) kwitomba, guswerana, kuryana akameka
(to make love like dogs, to have homosexual intercourse, derogative) guswerana nk'imbwa
intercourse    (to have ~, to lie down together) kuryamana
(to marry, to have ~, only used of men) kurongora
(to be married, to have ~, only of women) kurongorwa
(to have ~ without being married) kurongorana
(to have ~, only used of men, rude) guswera
(to have ~, only used of women, rude) guswerwa
(to have ~, to fornicate) kwenda, kurya umwana
(to have homosexual ~) kwitomba, guswerana, kuryana akameka
(to make love like dogs, to have homosexual ~, derogative) guswerana nk'imbwa
 imbwa found in: Kirundi I (Study lessons)
lesson 10   Review 1 - 9
lesson 11   Class 3 in–, in– (continued)
lesson 58   Object Pronouns II
lesson 78   Causative Verbs I
lesson 82   Gurtya, Gurtyo
lesson 88   Demonstrative Adjectives III
 imbwa found in: Imyibutsa (proverbs)
Umwibutsa 146   Ico imbwa yanse ushira...
Umwibutsa 191   Imbwa ibura se ntibura...
Umwibutsa 192   Imbwa ntigutwengera iba ishaka...
Umwibutsa 193   Imbwa yarahevye umwino irakura....
Umwibutsa 194   Imbwa yarihuse ivyara ibihumye....
Umwibutsa 195   Imbwa y'umwansi ntikurira amavyi...
Umwibutsa 389   Uhenda imbwa umuziha ukaba...
Umwibutsa 522   Uhisha mu nda imbwa...
Umwibutsa 530   Ukubarira akubesha agira ngo...
Umwibutsa 531   Ukubitira imbwa gusutama arazimara....
Umwibutsa 538   Uronse imbwa ayiharaye ayiharira...