igitsina (ibi-)     4  class 4
singular: iki-,ic-
plural: ibi-,ivy-
  
1. base of tree, 2. sex, gender
base    (of brain) agakomokomo
(of tree) itsina, igitsina
(of bed) isaso y'uburiri
En-En dictionary 
tree    igiti
(fruit tree) igiti c'ivyamwa
(base of) igitsina, itsina
(trunk) umutūmba
(small ones around big one) umuvyāro
(big spreading) umutagare
(palm) ikigazi
(small, palmlike) igisāndasānda
(of whih bark was used for clothing) umumānda, icōmore, umuvumu, ikivumu
(of which bark is used for rope) umuvūmvu
(to be many) gusagāra
(to climb) kwūrira
(to climb down) kwūruruka
(to cut) gukera, gutema, guca
(to cut off top) gukēmūra
(trees grown very close together) impatane
En-En dictionary 
sex    igitsina
En-En dictionary