igihūmura (ibi-)     4  class 4
singular: iki-,ic-
plural: ibi-,ivy-
  
thing or person stricken with fear
 igihumura : Prefixless Present 2.class plural with 4.class sg. object of:
guhumūra (-humūye)     v    to open the eyes of another
 igihumura : Prefixless Present 2.class plural with 4.class sg. object of:
guhūmura (-hūmuye)     v    1. to become calm, 2. to recover from fear or anger, 3. to be old but still strong
fear    ubwōba
(great) agatēngo
(of losing position) igihababu
(~ to hurt another because you love him) impuhwe
(thing or person stricken with ~) igihūmura
(to act or go secretly because of ~) kwōmba
(to jump with ~, in heart) guhahama
(to shout in sudden ~) gutura ubuku
En-En dictionary 
person    umuntu
(bad) umubi
(Black or African) umwirabura
(cross) ibāmba
(courageous) intwāri
(dedicated to Kiranga) igihwēba, igishegu
(dishonest) igihūmbu
(elderly) umusāza
(fearful) igihumura
(from far away) umunyankīko
(good, kind, just, holy, righteous) umwerānda
(grammar, ~ of verb) umuvugwa
(handsome) umuhizi
(hard to get along with) ikigoryi
(harsh) umuhāmbāzi
(honest, speaking truth) imvugakuri, umunyakuri
(honorable) umupfāsoni, umwūbahwa, nyakubahwa
(intelligent, skilled, eloquent) umuhānga
(kind and charitable) umukūndanyi
(lovable) umunyagikūndiro
(malformed) ikirema
(mean and quarrelsome) ikijōra
(meek) umugwanēza
(merciful) umunyembabazi
(miserable) umugōrwa
(of high rank, noble character) umupfāsoni
(of nice disposition) ikirende
(one by himself) inyakamwe
(sharp) inkazi
(skillful) umuntu w'inkuba, umugesera
(strong) umunyenkomezi
(stubborn) intakonywa, intābwīrwa
(tall, fat) ikigwīnyīra
(weak) umugoyigoyi, urudēndevu
(white) umuzungu, umwera
(who is great, severe, wise) akaranda
(with many children) umurēngera
(worthy of praise or love) umunyagikūndiro
En-En dictionary