icāmwa (ivy-)     4     fruit, piece of fruit
umutobe w'icamwa  phr     fruit juice
berry    inkēri, inkēre
icamwa kitagira utubuto
fruit    icāmwa, imbuto
(to bear) kwāma
(to cease to bear) kwāmurura
(to drop, tree) guhunguruka
(to gather) kwāmūra
(stewed ~, ~ compote) ivyāmwa bitekanye isukari
piece    ikimānyu, ikigegene, igice
(of bread) ikibege
(of fruit) icamwa
(of land) ishāmvu, ikivi
(of paper or cloth) ibitabu
(of something that has been cut) igisate
(to come to pieces) gusambūka
(to tear in pieces) gutabagura
pulp    ikiribwa c'icamwa