forme    fitness    ubuzima bwiza
En-En dictionary 
forme    form    (design) ishusho
En-En dictionary 
Bujumbura     8  class 8
singular: ubu-
  
largest city and former capital of Burundi, originally called Usumbura, it was renamed to Bujumbura at independence, mainly for the negative meaning of Usumbura in Swahili
kumenyēshwa (-menyēshejwe)     v    to be informed
kurangīrwa (-rangīwe)     v    to be shown the way, be informed
kuryārukana (-ryārukanye)     v    to abuse one you formerly loved
(amagara yandyarutse – my strength has left me)
kwīyuhagira (-īyuhagiye)     v    1. to bathe oneself (formerly a ceremonial cleansing, but now bathing in general), 2. to shower
mbere     prep    1. in fact, 2. before, formerly
umuhanzi (aba-  1  class 1
singular: umu-
plural: aba-
  
1. singer, 2. musician, 3. performer (Rw.)
Usumbura  n    (Sw.) former name of Bujumbura before independence, changed to Bujumbura because of its negative meaning in Swahili
abuse    (to ~ verbally) gushinyagurira
(one formerly loved) kuryārukana
En-En dictionary 
congenital    ico umuntu yavukanye
(deformity) ikigaga
(malformed person) ikirema
En-En dictionary 
formerly    mbere
En-En dictionary 
person    umuntu
(bad) umubi
(Black or African) umwirabura
(cross) ibāmba
(courageous) intwāri
(dedicated to Kiranga) igihwēba, igishegu
(dishonest) igihūmbu
(elderly) umusāza
(fearful) igihumura
(from far away) umunyankīko
(good, kind, just, holy, righteous) umwerānda
(grammar, ~ of verb) umuvugwa
(handsome) umuhizi
(hard to get along with) ikigoryi
(harsh) umuhāmbāzi
(honest, speaking truth) imvugakuri, umunyakuri
(honorable) umupfāsoni, umwūbahwa, nyakubahwa
(intelligent, skilled, eloquent) umuhānga
(kind and charitable) umukūndanyi
(lovable) umunyagikūndiro
(malformed) ikirema
(mean and quarrelsome) ikijōra
(meek) umugwanēza
(merciful) umunyembabazi
(miserable) umugōrwa
(of high rank, noble character) umupfāsoni
(of nice disposition) ikirende
(one by himself) inyakamwe
(sharp) inkazi
(skillful) umuntu w'inkuba, umugesera
(strong) umunyenkomezi
(stubborn) intakonywa, intābwīrwa
(tall, fat) ikigwīnyīra
(weak) umugoyigoyi, urudēndevu
(white) umuzungu, umwera
(who is great, severe, wise) akaranda
(with many children) umurēngera
(worthy of praise or love) umunyagikūndiro
En-En dictionary